Ndabe commed
Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Ndabe commed, Beauty, cosmetic & personal care, Bujumbura-Gitega, Bujumbura.
12/04/2026
🚨🚨⚽️Abasore ba Fc Barcelona unomusi bakoze imyimenyerezo bitegurira Atlético Madrid kumusi wakabiri hazosha sinkubesha
NYIMBA UCHAKA KUMENYA AMAKURU YINKINO GIRA FOLLOW KWIYI PAGE CHUCHAL
KORESHA CODE PROMO ITANGA UTUGANUKE IYO UGIZE DÉPÔT YAMBERE URONKA BONUS YA 200% NTUCIKWE USHAKA KOTUGUFASHA KWUGURURA 1XBET NYANDIKIRA KWIYI NIMERO 257+69671703
05/04/2026
🔥 YAMAL, INZOZI MBI KURI NICO GONZÁLEZ ! 😳
🚨🎙️ Inyuma y’umukino, Nico González ntiyahishije agahinda yatewe na Lamine Yamal…
🎙️ « Wari umukino ukomeye cane… ariko cane cane kubera we. Mu vy’ukuri, sinari bwigere mbona ibintu nk’ivyo. Lamine Yamal si umukinyi agusiga gusa… ni igitutu gihoraho kuva mu ntango gushika ku mpera. Aradribla, ararema uburyo, kandi akaguhotora no mu mutwe. Uyu musi, yerekanye ko ari we aganza. »
🎙️ « Yatumye niruka ubudasiba, arandenga incuro nyinshi… hanyuma ku mpera ndacika intege. Ego, ikarata itukura nahawe? Ni kubera we. Kuko atuma ukora ikosa utabizi. Ivyo yakoze uyu musi… vy’ukuri si ibisanzwe. »
💥 Ukuntu yakinye vyakoze ku mitima ya benshi… kandi birerekana ko Yamal asanzwe akinira ku rundi rwego.
03/04/2026
🚨🚨⚽️Hansi Flick kumusi wejo Umunyamakuru yamubariye ati ubwo ntiwoba ugira utakaze inkino nyishi kubwo kubura umukinyi nka Raphinha Hansi Flick yishuyati🗣Raphinha numukinyi ahambaye kandi afise uburyo bwishi yisangije mugabo ntabwo umurwi wosubira inyuma kubera Raphinha wenyene narimfise ubwoba bwishi kompava ntakaza umukinyi nka Marcus Rashford hamwe n'a Pedri Ariko ubu barakomeye kuba mfise Pedri Gonzalez mfise vyose tugiye kurwana nampaka dutahanye Laliga n'a l’UEFA Champions League kandi nta Ekipe nimwe yoduhagarika kuko ntanakimwe tubura nyimba Urumufana wa Fc Barcelone nturengane utagize J'aime
NYIMBA UCHAKA KUMENYA AMAKURU YINKINO GIRA FOLLOW KWIYI PAGE CHUCHAL
KORESHA CODE PROMO ITANGA UTUGANUKE IYO UGIZE DÉPÔT YAMBERE URONKA BONUS YA 200% NTUCIKWE USHAKA KOTUGUFASHA KWUGURURA 1XBET NYANDIKIRA KWIYI NIMERO 257+69671703
22/02/2026
Uwibuka iyi texte azokwigire nkuku afise aka noti arabe ayo bamukorera.🔥🔥🔥🎤
Okee🔥
14/07/2025
#*
Click here to claim your Sponsored Listing.
Category
Telephone
Website
Address
Bujumbura-Gitega
Bujumbura