NMI
#Santé naturelle
#Sexualite et reproduction
#Soins et beauté
#Feel better look better
19/02/2026
"*Kimwe mu bintu vyambabaje mu buzima nkababara cane n igihe nafatwa n iryinyo mu masaha ya 18h bigatuma ndara nkanuye kubera ububabare bwinshi cane buvuye ku ryinyo ryariko rirandya*"
Iyo ni Intahe ya D.W,umwe mu bo ingaburo *TEETHCARE PACK* yafashije afise ibibazo vy amenyo atoboka akongera akamurya.
Birashoboka nawe ukaba ufise ibibazo vy amenyo:
1. Amenyo arakurya cane;
2. Amenyo aratobagurika akavunguka;
3. Ibinyigishi biravyimba bikavamwo amaraso;
4. Uramaze gukuza amenyo ariko ayandi aguma afatwa akurya anatoboka,... .
Tangura wihereze ingaburo y amenyo *TEETHCARE PACK* uyu musi niwe uzoshingira intahe abandi ejo nkuko ubibona mur iyo ntahe.
MENYA NEZA: Umuti w iryinyo s ukurikura ahubwo n ukurivura!Ko bamaze kugukura amenyo arenga abiri ntubona ko bazohava bayamara?
Whtsapp:64374868
18/02/2026
Uyu musi abantu barenga Imiliyoni 3 barapfa bahitanywe n ingaruka mbi z umuvyibuho urenze.
Ni nkako,umuvyibuho urenze n isoko y indwara za
1. Diabete na Cancer;
2. Umutima;
3. Ibibazo vy amagufa;
4. Ibivyimba mu gitereko;
5. Indwara za AVC,... .
Ni vyiza ko uyu musi utangura Regime nziza yo kugabanya ibilo mu misi mike gusa.
Turagufasha kugabanya ibilo kuva kuri 5,15 mu misi 30 gusa.
Whatsapp:64374868
18/02/2026
Uyu musi abantu barenga Imiliyoni 3 barapfa bahitanywe n ingaruka mbi z umuvyibuho urenze.
Ni nkako,umuvyibuho urenze n isoko y indwara za
1. Diabete na Cancer;
2. Umutima;
3. Ibibazo vy amagufa;
4. Ibivyimba mu gitereko;
5. Indwara za AVC,... .
Kugira ibilo 70,80,90,100;Ntaco Bizogufasha mu buzima uretse ko bishobora kuba intandaro y akaga ku Magara yawe!
Nimba wifuza guhanga n umuvyibuho urenze biciye mu nzira nziza kandi itabangamira amagara yawe,kaze tugufashe.
Turagufasha ukugene wotakaza ibilo kuva kuri 5 gushika kuri 15 mu misi 24 gusa!!!
Whatsapp:64374868
17/02/2026
Ibi ushobora kuvyirengagiza ariko ingaruka niwe zizobako!
Nimba wifuza gusambura urugo rwawe mu buryo bunyarutse ni wirengagize ibi.
Bimwe mu bimenyetso bigaragaza ko Urwaye Prostate:
1.Kuguma wumva ushaka gusoba,
2.Gusoba ukumva udaheza,ukaguma wumva har utwasigayeyo;
3.Gusanga wisovyeko utabizi;
4.Gusoba hafi cane ku buryo wisobako ku birenge,
5.Kurangiza vuba,kutanezerererwa amabanga y abubatse,... .
Nimba wibonako ivyo bimenyetso twandikire tugufashe.
Whatsapp:64374868.
16/02/2026
Wewe urigera wumva indwara ya hemorrhoide?
Hemorrhoide n indwara ifatira mw isohokero ry umwanda mukuru aho kenshi uwuyigwaye asohora umwanda mukuru bigoranye cane ariko.kandi bivanye n urugezo iyo ndwara igezeko har aho vyanka ko umwanda usohoka!
Uwuyigwaye kenshi udutsi tw ahasohokera umwanda mukuru turavyimba hama ata gikozwe tukazoturika,ibintu bibabaza cane ku buryo uwuyigwaye kenshi ashobora kurara amaso kubera ububabare!
Mbega yoba iva kuki?
Iyo ndwara n indwara ikunze kuva k ukigumbiza(Constipation) bivuye kuvyo dufungura kenshi usanga vyumye cane ibituma umuntu ashobora kuja kuri toilette rimwe mu misi ibiri canke itatu agiyeyo ntaronke n ivy asohora canke kubisohora rukaba urugamba.
Ibi n ivyo bimenyetso vya Hemorrhoide:
1.Kuva amaraso canke kwituma amaraso;
2.Ububabare budasanzwe ahasohokera umwanda mukuru,
3.Kugumbiza canke constipation,
4.Kuvyimba kw imitsi iri mw isohokero ry umwanda mukuru,....
Mwomenya ko iyo ndwara kwa muganga itavurwa,umuti wayo kenshi n ukubagwa!
Nimba wifuza uko wokwikingira iyo ndwara canke Ingaburomuti zogufasha nimba umaze kuyigwara,twandikire.
Whatsapp:64374868
31/05/2024
Mu gihe uyu musi abantu benshi bahangayikishijwe cane n ikibazo c umuvyibuho urenze hariho abandi benshi bamaze kubona inzira nziza yo kugabanya umuvyibuho urenze Aho benshi bariko barashobora gukora ivyo batashobora nko gutakaza ibilo 5,10,15 mu kwezi kumwe gusa,ego mu misi 30 gusa.
Nivyo warafunguye rimwe ku musi,warariye indimu,waragize sport ariko vyaranse kugabanya ibilo Kaze tugufashe,vyose birashoboka.
Tel:76875995(WhatsApp),61672600.
16/09/2023
Zimwe mu ngaruka mbi za Diabete harimwo ico bita pied diabetique aho naho ni mu gihe ibihimba bimwe bimwe vy amaguru bitanguye kwononekara hakavamwo n uko muganga ahitamwo kubihimbura bikavako
16/09/2023
War ubizi nawe?Umuntu 1 kuri 12 bagendana Diabete Kandi uko imisegonda 7 igiye harapfa umuntu ahitanywe na Diabete biratey ubwoba
16/09/2023
Indwara ya Diabete ko tuyumva yoba ari indwara nyabaki?
Indwara ya diabete n indwara abarundi bise indwara y igisukari.Iyo nayo ikava ku rugero rw isukari ruba rwabaye runini mu maraso.
None ivyo navyo biba bivuye kuki?Turabica hirya no hino uyu musi.
16/09/2023
Mwaramutse neza.Mbega nawe war ubizi?
Abantu bashika imiliyoni 41 baritaba Imana bahitanywe n indwara zitwa ko zitandukira.Aho turavuga indwara za diabete n iz umutima
Umuntu umwe k umusegonda aritaba Imana ahitanywe n izo ndwara
Turabahaye ikaze uyu musi turaza kuyaga kuri bimwebimwe vyerekeye izo ndwara zigisibije
Click here to claim your Sponsored Listing.
Category
Website
Address
Bujumbura