SAID DJUMA
KAULI NA MAANDISHI HAKIKA VIMETIMIA USIBISHANE NA ASOJUA MAANA HAYUPO
23/05/2026
Iteka n’icubahiro ku ntwari z’Ingabo z’Igihugu ca Leta Zunze Ubumwe z’Abarabu (UAE) zihagarara zishikamye mu gukingira igihugu cazo n’ubutwari, icubahiro n’ukwihangana. Ku buyobozi bwa UAE, aba basirikare baguma batera intege ibisekuru vyinshi biciye mu budahemuka, ukwiyemeza n’urukundo bafitiye igihugu cabo.
Turateye iteka kandi turaramukije buri musirikare akorera igihugu ciwe n’ishema, agafasha UAE kuguma itekanye, yunze ubumwe kandi ikomeye. 🇦🇪
22/05/2026
🔞😲 Umukinyi wa z'urukozasoni ( **N*) azwi kumazina ya yabariye umunyezamu wa PSG, ko bazoryama*na incuro ( amaturu) zingana n’igitigiri c'imipira azakuramwo mu mukino wa nyuma wa uzobahuza na mundwiza 😲🙆
😏😡 Umugore wa , ntivyamushimishije yahise yandika muri commentaire yiyo post agira ati 🗣️: “ Nivyamunanira ( niyataindwa) naho bizogenda bite?” 😂
rero 🗣️: " Aha ndazi nuwudaciye mwipoto azoguruka awusame 🤣🤣 "
21/05/2026
🔥 AMERIKA 🇺🇸 na ISRAEL 🇮🇱 bavuga ko bari bafise umugambi wo gushiraho Mahmoud Ahmadinejad ku butegetsi bwa Iran 🇮🇷
📰 Ikinyamakuru The New York Times catangaje ko Amerika na Israel bari bateguye gushira uwahoze ari Perezida wa Iran, Mahmoud Ahmadinejad, ku butegetsi inyuma y’intambara yatanguye ku wa 28 Ruhuhuma 2026.
💥 Iyo ntambara bivugwa ko yatanguranye ibitero vy’indege vyahitanye Umuyobozi Mukuru wa Iran Ali Khamenei. Abategetsi bamwe bamwe bavuga ko Ahmadinejad yari abonwa nk’uwoshobora kuyobora igihugu mu gihe c’ihinduka ry’ubutegetsi.
😮 Naho Ahmadinejad yari azwi cane mu majambo akomeye yarwanya Amerika na Israel, ayo makuru yavuze ko hari imigambi yo kumukoresha kugira igihugu gisubire mu murongo.
⚠️ Gushika ubu, nta gihugu na kimwe kiravyemeza ku mugaragaro, ariko aya makuru yamaze gukwiragira cane kw’isi yose.
20/05/2026
: Igihugu c’Iterambere rikabije kwisi ,Ico gihugu gifise inganda za , , , nico gihugu ca 4 kwisi gitunze cane ,kandi abaturage baho baritayeho umwanya (bagendera ku mwanya)..Ubuyapani ni ubwa 2 kwisuku ryinshi kwisi inyuma ya Singapore (niyambere kwisuku 🇸🇬 )..Abaturage ba Japan barayoboye kwisuku.
Ubuyapani ni kimwe mu bihugu bikomeye cane kw’isi mu vy’ubutunzi, ikoranabuhanga n’iterambere. Iki gihugu kiri ku mugabane wa Aziya, kikaba gikikijwe n’ikiyaga kinini ca Pacific Ocean. Naho gifise ubutaka buto ugereranije n’ibindi bihugu bikomeye, Ubuyapani bwashoboye kuba mu bihugu vya mbere bikize kw’isi kubera ubwenge, indero, akazi gakomeye n’ikoranabuhanga rihanitse.
Ubuyapani ni igihugu kigira kangahe gitunze kw’isi?
Mu butunzi bw’isi, Ubuyapani busanzwe buri mu bihugu bikize cane, kandi akenshi buba mu bibanza vya 3 canke 4 kw’isi mu bijanye na GDP, inyuma ya Amerika n’Ubushinwa. Ivyo vyatumye kiba igihugu gihambaye cane mu vy’ubudandaji, amahinguriro n’ubuhinga bwa none.
Umurwa mukuru w’Ubuyapani
Umurwa mukuru w’Ubuyapani ni Tokyo. Tokyo ni umwe mu mijyi minini kandi iteye imbere cane kw’isi. Hari inyubakwa ndende, amabarabara meza, amatara yaka ijoro ryose, hamwe n’uburyo bwo gutwara abantu butangaje cane. Abantu benshi bavuga ko Tokyo isa nk’igisagara co muri kazoza kubera iterambere rifise.
Inganda zikomeye z’Ubuyapani
Ubuyapani burazwi cane kubera amahinguriro y’imodoka, ivyuma vya électronique hamwe n’ubundi buhinga bugezweho.
Mu masosiyete akomeye cane yo mu Buyapani harimwo:
– Toyota – imwe mu nganda zikora imodoka zikunzwe cane kw’isi.
– Nissan – nayo ikora imodoka zigezweho kandi zikomeye.
– Mitsubishi – ikora imodoka, indege n’ibindi bikoresho vy’ubuhinga.
– Honda – ikora imodoka na moto zizwi cane.
– Sony – ikora télévision, camera, PlayStation n’ibikoresho vya électronique.
– Panasonic – ikora ibikoresho vyo muhira n’ivy’ubuhinga.
– Canon – izwi mu gukora camera n’imashini zo gufotora.
20/05/2026
Ngo Nibiki Biriko Biravugwa ngaho I MUYINGA Iwanyu
Ngo ni Umugabo Yavuye Muhira Yigiriye kukazi , Umugore Aca Ahamagara umuhabara Wiwe Umugabo Nimba Arico Yari yibagiye Ntumbaze Niko Kugaruka Muhira Asanga Hahiye Hagurumanye ndake Tuberetse Amashusho Ariko na Video Iriho Ayo namashusho Ari Muriyo Video
INKURU YABAYE KIMOMO
Abasanzwe Bazi Uyo Mugabo Yafashwe asambana ngo Yitwa ...... Ba Albert Shn.
Abamuzi Ngo Akorera kwisoko Nkuru Ya Muyinga Hepfo Ya Parking ,,, Ngo Asanzwe Arumu LUMICASH.
Umugabo Basambanije Umugore Yasavye 18 Million zamafaranga Yamarundi
ALBERT Azize Wakera Ndake Kandi Izo 18M Already Yamaze Kuziriha Shn
Guys Tuganire Ariwewe Woziriha Canke Wokwemera Gufungwa Mumbwire Muri Commentaires
20/05/2026
Ku bw’umunsi mukuru wa Eid al-Adha, Nyenicubahiro Sultan bin Muhammad Al-Qasimi yategetse ko abagororwa 227 barekurwa bava muri Sharjah Punitive and Correctional Institution.
Ico gikorwa cerekana umutima wiwe wo guha abo bagororwa akaryo ko gusubira kubonana n’imiryango yabo no gutangura ubuzima bushasha.
Iyo ngingo kandi igaragaza indero z’imbabazi, ukwihanganirana n’ubumwe hagati y’abantu, bijanye n’uyu munsi mukuru wa Eid al-Adha.
Kora
20/05/2026
🚨🇮🇷❤️💍 Mu gihugu ca Irani, habaye ibirori bidasanzwe aho abageni barenga 500 bubakanye icarimwe ku bibanza bikuru vy'umurwa mukuru Téhéran mu rwego rwo kwerekana ubumwe n’ugushigikira igihugu muri ibi bihe vy’intambara n’ukutumvikana kwa politike hagati yabo na Amerika & Isirayeli. 🇮🇱🇺🇲
✍🏿🤵🏻👰🏻♀️ Nk’uko ibinyamakuru bitandukanye bibivuga, ivyo birori vyari mu gikorwa ciswe “Janfada”, gishigikiwe na Reta, kigamije gukomeza ubumwe bw’abanyagihugu no gufasha imiryango mishasha. Hari n’aho bavuga ko abitabiriye biyemeje gushigikira igihugu cabo mu gihe c’intambara.
🚙 Muntumbero yo kwereka amakungu ko bose bafatanye mu nda, bashoboye kugendera mu miduka iriko inkoho nininini hejuru yabo.
27/09/2025
Welcome to Tehran, the largest and the most beautiful City in the Middle-East, Iran 🇮🇷🇮🇷🇮🇷
YABAYEHO IVUYE KUMUKOBWA MWIZA YARAHEBUJE💔
Dore Byishi Bahishe Kuri BIBIRIYA Mugitabo Cya Enoke Amadini disengeramo arikuduta mumuriro
Click here to claim your Sponsored Listing.
Telephone
Website
Address
Dubai
Bujumbura