Tubiyage média

Tubiyage média

Share

Ce média a pour objectif de promouvoir l'esprit patriotique et entrepreneurial.

En plus de celà, on fait aussi: Reportage des divers événements, photographie, documentaire...
@Burundi
@Bujumbura
@Isare

Photos from Tubiyage média's post 30/07/2026

: CNDD-FDD na PCV basinye amasezerano mashasha yo gukomeza ubucuti hagati y' na .

Mu rugendo rw'akazi arimwo mu gihugu ca , umunyamabanga mukuru w'umugambwe -FDD, Ndikuriyo, abandanya ibikorwa mu gukomeza imigenderanire n'ubucuti hagati y'umugambwe -FDD n'Umugambwe uri ku butegetsi muri Vietnam, PCV (Parti Communiste Vietnamien).

Ndikuriyo yagiranye ibiganiro n'indongozi z'umugambwe hamwe n'abategetsi batandukanye ba . Ivyo biganiro vyashimikiye ku gukomeza ubufatanye hagati y'iyo migambwe no kurondera uburyo bwo kwagura ibikorwa vy'iterambere.

Kimwe mu vyaranze uru rugendo ni ugushirwako umukono kw'amasezerano y'ubucuti n'ugufashanya hagati ya CNDD-FDD na PCV. Ayo masezerano yashizweko umukono na Ndikuriyo hamwe na Lê Hoài Trung, umushikiranganji ajejwe imigenderanire ya Vietnam akaba ari no mu rwego rukuru rw'indongozi z'umugambwe .

Inyuma y'ico gikorwa, impande zose haba no kwigira hamwe ingene ayo masezerano azoshirwa mu ngiro, hamwe no kwiga ibindi bisata bishasha vy'iterambere vyoshobora kubera urufatiro rw'ubufatanye bw'iyo migambwe.

Tubiyage média
Cndd-Fdd

Photos from Tubiyage média's post 30/07/2026

Indongozi hamwe n'abagumyabanga muri rusangi bose barakeneye ubwitonzi kugira bafate neza abenegihugu, mukubasonera, mukubaha umwanya, mukubagira inama no kubaha agaciro muvyo bakeneye.

Vyashikirijwe n'icegera c'umunyamabanga mukuru w'umugambwe mumashengesho mpuza madini arangiza ukwezi kwa Mukakaro 2026 aho yari yifadikanije b'abagumyabanga bo mu ntara ya kuri uyu wa kane igenekerezo rya 30 Mukakaro 2026 mungoro nkuru y'uwo mugambwe.
Yanasavye ashimitse ko abagumyabanga bomenyera guhanurana mu kibano.Yasavye abagumyabanga kuba abantu batanga icizere aho kwihebura, batange umuco aho gutanga umwiza, vyose bizova kubikorwa mumvugo n'ingene bigenza.

Yasavye ko muvyo yemera, ko ubwitonzi ari ikimenyetso co kwubaha , nkuko Pawuro yabivuze ngo ubwitonzi bwanyu bumenyeka hose.

🇧🇮Afatiye kucivugo c'amasengesho ngo twame tunezerwa mumwami wacu, umunyamabanga w'umugambwe CNDD-FDD mu ntara ya yamenyesha ko gusenga ari itegeko, kandi ko gusenga birasaba ko bijana n'ibikorwa kuko bivuga gusumba amajambo, yibutsa n'icivugo c'uwahoze ari umukuru w'igihugu c'Uburundi Petero Nkurunziza agiye kubutegetsi ngo dusenga dukora.

Tubiyage média
Cndd-Fdd

Photos from Tubiyage média's post 30/07/2026

Ku civugo ngo :"Nimwame munezerererwa mu mwami wacu", abagumyabanga b'umugambwe Cndd-Fdd mu ntara ya bari mumasengesho mpuzamadini arangiza ukwezi kwa Mukakaro mu ngoro nkuru y'uwo mugambwe iri mu mugisagara ca . Ibirori vyatewe iteka n'icegera c'umunyamabanga mukuru wa arikumwe na arongoye uwo mugambwe mu ntara ya Bujumbura.

👉Tubamenyesheko ijambo ry'urufatiro ryavuye Ab'i Filipi 4;4-9.

Tubiyage média
Cndd-Fdd Butanyerera
Cndd-Fdd Bujumbura
Cndd Fdd Gitega
Présidence - République du Burundi

30/07/2026

Zimwe munyigisho zatanzwe mu gikorane c'ishengero rya akarere ka .

Mwibuke kugira s'abonner kuri Tubiyage média kugira mube mubambere mwironkera amakuru n'inyigisho zitandukanye.

30/07/2026

Bashikirije ivyabereye mugikorane c'ubutumwa bwiza c'ishengero rya ry'i akarere ka .

Tubiyage média

30/07/2026

Zone ntagufyina, bariko bitunganiriza amabarabara bakoresheje amamashini. Eka no kwiyubakira ibiraro.

Photos from Tubiyage média's post 29/07/2026

| À la paroisse Saint-François-Xavier de Rushubi, 1 142 jeunes ont reçu le sacrement de la confirmation, marquant ainsi leur engagement dans la foi par le don du Saint-Esprit.

La cérémonie a été présidée, ce mercredi 29 juillet 2026, par l'Archevêque de l'archidiocèse de , Mgr Gervais Banshimiyubusa.

Dans son homélie, l'archevêque a exhorté ces jeunes à observer tous les commandements de Dieu afin de rendre un témoignage fidèle à Jésus-Christ. Il leur a ensuite recommandé trois pratiques essentielles pour demeurer fermes dans leur marche avec Dieu : lire et méditer régulièrement la Parole de Dieu, participer aussi souvent que possible à la Sainte Messe et s'engager activement dans les mouvements d'apostolat.

Alexis Nimubona, pour Tubiyage média.

Photos from Tubiyage média's post 29/07/2026

Muri Paroisse Saint François Xavier de Rushubi , urwaruka rugera kuri 1.142 nirwo ruhejeje gukomezwa muri Mutima Mweranda: .

Ibirori bikaba vyari bihagarariwe n'umwungere mukuru wa diyoseze nkuru ya kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 29 Mukakaro 2026.

Mu nkuka ya , umwepisikopi yasavye urwo rwaruka kurangura amabwirizwa y' yose gutyo bazoba bariko bashingira intahe . Yaciye abasaba ibintu bitatu bizobafasha kugendera ibanga ryabo n'Imana navyo ni: gusoma no kuzirikana ijambo ry'Imana, kuja mu nkuka ya Misa kenshi gashoboka no kwijukira kuja mu mihari y'ubutumwa.
Alexis Nimubona kubwa Tubiyage média

29/07/2026

"Abantu tugwana iyi ntambara muduze urutoke muri commentaire kuko nibaza ko ndumwe ndi kurugamba kubera ibigeragezo mbona, ibihe bibi ndiko mbona".
Ayo ni amajambo uwumvise iyi ndirimbo yavuze. Weho nikwo ubibona?

Hinge gato umwanze uyumvirize neza witonze.





Ntiwibagire s'abonner kuri Tubiyage média 👍

#Isare sasagaza amahoro turi kukivi twerekez'imbonokazoza y'igihugu cacu abagumyabanga twaratahuye.. 29/07/2026

https://youtu.be/A8cyFsd9c0c?si=sVhifcelKfQw2S1r

#Isare sasagaza amahoro turi kukivi twerekez'imbonokazoza y'igihugu cacu abagumyabanga twaratahuye.. Enjoy the videos and music you love, upload original content, and share it all with friends, family, and the world on YouTube.

Want your business to be the top-listed Beauty Salon in Bujumbura?
Click here to claim your Sponsored Listing.

Telephone

Website

Address


Bujumbura