Akahise .com
kumenya amakuru yanyegejwe mutamenye kuri kahise
07/10/2023
https://www.facebook.com/100087386241160/posts/285506791038860/?app=fbl
#
( #)
đ§đźIKINTU CA KABIRIđ§đź
CEREKANA KO PREZIDA NDADAYE MELCHIOR BATEGEREZWA KU MWICA
Ni ingene igisoda cari cubatswe mu 1993:
Effectif total: 20000
Hutu : 5% et tutsi 95%
: d'implantation des camps militaires au Burundi #
Nimba hari abantu bambere babiyorobetsi (hypocrites)canke bazi gukora infiltration mwisi yose ni ABATUTSIđ€đ€
Umugambwe CNDDFDD warinjiranywe usihaye guhenuka gusa
https://www.facebook.com/profile.php?id=100087386241160
Menya Page Amakuru ya kahise nayandi yosee yizewe
https://www.facebook.com/100087683571283/posts/242857181980399/?mibextid=rS40aB7S9Ucbxw6v
Ndabaramukije mwese
ï¶ Nitwa BIGIRIMANA Arcade(umuvumu), Papa yitwa MUSHI Michel (umuvumu), yakora kuri EP mbogora(en 1972) mu ntara ya Mwaro, mama yitwa BUDODWA VĂ©rronique( umuhanza), navukiye ku mutumba KIBOGOYE, Komine KAYOKWE. Ubu mba mur France .
ï¶ Ndi umwanditsi ndamaze gusohora ibitabu bitatu:
âą Le Kirundi facile pour tous
⹠Le Témoin
âą Micombero, le Fils spiritual dâAdolphe Hi**er, le genocide Hutu en quelques mots
ï¶ Umuryango wanje waragandaye kubera urimo rwo mu 1972. Nje hano nkâicabona nemeza ko ivyabaye mu 1972 ari ihonyabwoko ryakorewe abahutu.
ï¶ Mu 1972 niga kuri EP KIBUMBU mwâico gihe ibintu bidasanzwe kandi biteye ubwoba ni ibinogo vyibonekeza hirya no hino( ikinogo cambere hafi yâikiraro ca Kayokwe, ikindi kinogo cari inyuma yâibiro vya komine Kayokwe). Ikindi cari giteyâubwoba cari: uruja nâuruza rwâimiduga yâabasirikare( ku murango no mwâijoro) yuzuye imigano isongoye hose; ndibuka neza ko iyo miduga tuyumvise twaca twiruka kuyisamarira tuyidugiriza ukuboko tuyiramutsa. Ica gatatu cari gitteyâubwoba yari amakuru bashikanje baje bazanye (umwe yiga Ecole secondaire de Kiganda, uyundi yiga ku Muyebe) bavuzeko hari abanyeshure bamwe bamwe bigana bahahwe inkoho kandi bugorovye haba ama nama yogutohoza abahutu nâabatari aba hutu. Bagaca bakora intoned zâabahutu.
ï¶ Muri ico kiyago nyene turi muhira , data yaratubwiye ko umugenduzi wâamashure wâico gihe yitwa NTUNZWE ko nawene yarafise inkoho (pistolet) kandi atirirwa arayinyegeza.
ï¶ Kuva mu 1972 urwimo rwaradukozeko cane mu muryango: urupfu rwa NTANIRINDI ClĂ©ment( papa wanje wâibatisimu) yakora muri Laboratoire de Hopital Kibumbu, mort de Daniel (umugabo wa senge wanje), ikibabaje cane umusozi duhana urubibe( coline Saswe) waratewe ama bombe nâindege ,
ï¶ Uwitwa RUSUKU Philemon(tutsi) yarahawe akazi ko guhohosha akoresheje inyundo abahutu bataracikana. Rusuku yahawe ako kazi na musitanteri wâico gihe ( NEGAMIYE OnĂ©sime Tutsi). Uwo RUSUKU ariko arahohosha abahutu yavuga ati : (pfa pfa pfuhere, nta muhutu yatwaye). Ku mugoroba atashe atashikanye cumi yishe yavuga ko umusi wagenze nabi akaca abwira aba JRR koba kwiye kwongeereza inguvu.
ï¶ Ku musi mubi data nawe yarashikiriwe ( ivyo ntazopfa nibagiye): KABWA Michel tutsi (umwishwa wa RUSUKU Philemon) yazaniye convocation Data atumweko na musitanteri NEGAMIYE OnĂ©sime tutsi. Ubwonyene KABWA arenganye haciye haza imodoka yâigisoda, Data aca arasohoka baca baramuboha basunurira mu muduga baca bamujana kwi Komine ( nuyu musi ntibiramva mu mutwe)
ï¶ Bukeye bwaho mu gatondo, mama ariko aritegura ngo ajekubaza kwi komine, haje umurwii wâabantu barongowe na RUSUKU philĂ©mon, uyu acatanga itegeko ryi kwinjira mu nzu bagatwara icarico cose babonye( chaise table armoire velo radio), RUSUKU nye aca abwira KABWA( son neveu) gusohora inka zitandatu barazitwara, Rusuku asiga abwiye mama ati: kuva uyu musi ntuzosubira kunyagirwa uja kugarira, wrukwiye kunshimira. KUva uyo musi Mama acaratubwirako ico ari ikimenyetso ko Data wacu bamwishe, aca aratubuza no kurira.
ï¶ Naciye nja kwishure muga nambaye impuzu zisa nabi( kuko izindi bari bazintwaye), abanyeshure baranzomera bambwira bati: ako ka rikade(arcade) karishima kandi katazi ko se wako bamurigase( bamwishe) nca ndibaza ingene abana twigana babimenye mukanya gato biranyobera.
ï¶ Mucigwa hagati umwigisha wanje yitwa GACIYUBWENGE (tutsi de Kibenga-Migende) yaranyegereye afise idekametero muminwe arayinkubitagura mu mutwe yongera antukagura ngo: uri umumenja nka so wawe genda upfukame inyuma uri umwansi wâigihugu) iyumvire umwana wa 6 ans ? Ku mugoroba ndabwira mama ivyanshikiye acarambuza gusubira kwâishure
ï¶ Ukuntu bakubaguye data mbona ntibizomva mu mutwe kandi vyansizemwo imvune mu mutwe. Kuko yari yaranyemereye kunyigisha mu Budagi, nije nama ndamutwaza i valize avuye kukazi âŠ. Imirima yacu nâibipimo vyâimikaratusi vyaranyazwe na RUSUKU Philemon
ï¶ RUSUKU Philemon (clan de Bongera pĂšre de RUSUKU Simon , ex officier et ex minister sous BAGAZA et son frĂšre RUSUKU Lucien a Ă©tĂ©t admcom de KAYOKWE sous BAGAZA )
Click here to claim your Sponsored Listing.
Category
Contact the business
Website
Address
Bujumbura