Star Rwanda-Burundi
Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Star Rwanda-Burundi, Health/Beauty, Buja, Bujumbura.
11/08/2026
Sandy nduwimana azoshika itarike 27/9 mu burundi mariage yumukobwa wiwe ice iba
Niyaba ndemeye 5 million
Niba jewe nzoca ninigape
Nticokunda Ruyigi twubahwe ndabarahiye ikaba
Muzoce munyita umu beshi kuko twebwe turakomeye pe
Ruyigi hejuru yoooo agakobwa kiwe ni keza ariko oya ntibodutwara urya musore non non twahejeje buca asubira vuba mbere
11/08/2026
Wogira ngo ni mutoya wa mutima barasa cane
11/08/2026
Muri industry yamye azwi aha hari kera cane na alvella agikora kuri tv ya sandy
08/08/2026
Amakuru abaririmvyi bambaza ngo mbega sandy yoba yaraje mu burundi abandi ati oya sivyo sandy ntari mu burundi p*e ntaraza ariko umukwe wiwe yarash*tse bivugwa ko sandy ataraza
None umukobwa wiwe yoba yimirije mariage mere wiwe ataraza bizogenda gute ???
Ariko ntizoba harigukora ibishoboka p*e ko
Vyamenyekanye ko yaje nta mariage izoba ndaha
08/08/2026
Umukwe wa sandy akaba ari mu burundi uyumusi duhurira muri mariage ibera ingonzi ya mushikiwe
Umwe ati nukuri ntibizokunda ko isaie yotwara umukobwa wa sandy ngo ahebe umunyaruyigi
Umuhungu nawe ati jewe sandy azombera ma bukwe umunyaruyigi ati bongaya washima sinipfuza ko bazobonana no kubonana ni mpaka tumuhombe twese ntiyo twarana umugabo urya mwana bongaya vyose turacabiroreye
07/08/2026
Jdare $$$ ariko🙈🙈🙈🙈 yo subira
25/07/2026
Umuririmvyi aririmba neza cane jean de dieu niwe agiye gutagura mwishengero rigiye kuvuka vuba canee uyumwaka
Rizoba ryitwa voix de Dieu ryari risazwe rihari mu burundi ariko mu ma commune make
Aho fainess agiye kuzoba umuvuga butumwa munshasha na paster Etienne na bandi kaze wewe ushaka ishengero ryubwiza MUSAGA hagiye kuvuka ishengero rizorongora abantu mu mbwiza
19/07/2026
Duuuuuuu mutanga fainess yakije umuriro kwibarabara rya hopistal mulitaire niho yamye kuvuga ubutumwa sindaronka video yosee ngo yakoreshejwe pe ngo yari faya fayaa. Duuuuuuu
Ingabire yiwe ukuntu ikora ni firmason bose bihana bose si Mana imukoresha gusa ni firmason ngo atanguxa izina rya sandy niryo yacishirijemwo
19/07/2026
Umusaza comee duuu umukwe wanyu nuyu !!!!!
Umugabo agiye kumutwara nuyu arusha umwigeme agiye gutwara imyaka 22 ans kubera akanoti vestine suzane niwe yatwawe nu mugene ba ngana
Noella gira akajambo wo mubwira
17/07/2026
Urya mu militaire yararahiye ngo ico umutima ukunze inyama isumba isombe
Nawe nuko ubibona ?? Ngo nakare haraho baguhayira
Inyama utazirya
Naho twebwe tubona ko alvella aberanye nurya mu diaspor ariko we siko abibona
Ariko ntakibazo amfise uyundi mu burundi mwiza ikindi umwigeme amfise amahirwe menshi haraho yoronka uyundi
Click here to claim your Sponsored Listing.
Category
Website
Address
Buja
Bujumbura