Willy boss
Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Willy boss, Health/Beauty, Kinama, Bujumbura.
19/05/2024
Jurgen Klopp azova muri Liverpool inyuma y'ibihe vyiza yagize atwara ibikombe 8 ! ❤️👋🏻
🏆 Premier League 2020
🏆 Ligue des champions 2019
🏆 Coupe du monde des clubs 2019
🏆 Supercoupe UEFA 2019
🏆 FA Cup 2022
🏆 Bouclier communautaire 2022
🏆🏆 Carabao Cup 2022, 2024
LÉGENDE. 👑
19/05/2024
19/05/2024
🔵🔴⭐️ Lamine Yamal atanze ipisa ivamwo Igitsindo ayihaye Lewandowski aciye akwiza amapasi 10 zivamwo ibitsindo ino saison...
.. Niwe mwana akiri muto akwijije ama match 50 yemewe namategeko mumatek ya Barça .
Mumuhe amashugwe yiwe 🌹🌹
Mukunzi winkino Fyonda 👉 Like na Follow kwiyi page yacu 🙏
19/05/2024
🔵👋🏻 Thiago Silva : « Indoto zanje nukubona abana banje bakinira ngaha ».
“Warakoze🙏 Chelsea. Mwarako ba fana🙏. Ndabakunda murabeho”.
19/05/2024
🇵🇹José Mourinho: 🗣️ "Nishimiye igihe najanye Modric muri Real Madrid, nta muntu n'umwe wigeze amumenya kandi ntiyizera ko ari ku rwego rwa Real Madrid, ariko aracakinayo nyuma y'imyaka 14."
19/05/2024
ARDA GULER yongeye gutsinda! Azitsinze ibitsindo bibiri 2 mugice cambere
Amaze gutsinda ibitsindo 6 muma matche 4 amaze gutangira.
Igice cambere giheze HT: Villarreal 1-4 Real Madrid
Uyumwana ntasanzwe. ✨🇹🇷
17/05/2024
🔴⚪️ Arthur Okonkwo nawe azova muri Arsenal muri rino ci kubuntu mugihe amasezerano yiwe azoba yaheze.
Uyu musore wimyaka 22 yamaze ino Sezo ari kuntizanyo muri Wrexham yatorewe kuba umunyegori wa kabiri waranze shampiyona.
17/05/2024
⚪️🔐 Real Madrid yahisemwo kongera amasezerano ya Lucas Vazquez, mu gihe bakirindiye kumvikana mumajambo mugabo vuba birashoboka. Lucas na Real bipfuza bose kubandanya barikumwe.
↪️ Nyuma yivyo, Real Madrid izoganira kandi ku bijanye no kongereza amasezerano ya Dani Carvajal.
Mukunzi winkino Fyonda 👉 Like na Follow kwiyi page yacu 🙏
17/05/2024
Chelsea itsinze urukino rwumupira wamaguru
17/05/2024
🔵🔴 BREAKING : LAPORTA na Déco biriko bivugwa ko bafitiye agashavu Xavi bivanye n'amajambo yatangaje imbere y'urukino bakinye na Almeria.
Xavi : « Ndakeka abafana bategerezwa gutahura ko ibintu bigoye kuri twebwe, na canecane kuvy'ubutunzi, biragoye cane. »
« Si nk'ukwo vyari mumyaka 25 irenganye aho umumenyereza yashobora guhitamwo umukinyi uwariwe wese yaba ashaka. »
« Umupango yo kugura abakinyi ? Umuyobozi na Deco baravyumva ariko ibibazo vy'uburyo bica bigira ivyo bihinduye. »
Hari abegereye Joan Laporta boba bari bamuhanuye ngo ntagumane Xavi n'ubwo we avyirengagiza.
Deco yashavuriye Xavi kubera ko ariwe yatumye bihuta gusinyisha Victor Roque igihe yar'akenewe muri Barça kitaragera.
Hari amajambo atandukanye ariko avugwa, yumvikana nk'aho muri Barça bakiriko barondera urwitwazo ngo baronke aho bohera birukana Xavi.
Impamvu mvuze gutyo n'ukwo n'igihe bari bahejeje gutsindwa na Girona, hari amajambo yatanguye kuzunguruka bavuga ngo Barça utarangije ari uwa kabiri Xavi baca bamwirukana ariko bino bisa n'ibitamufata kuko ikibanza ca kabiri asa n'uwagifashe.
Ano majambo yavuze, muri Barça bariko bayabona nk'aho ari ukumara icizere abakunzi b'umugwi ko mumwaka uza n'ubundi bashobora kutagira ico banoba.
Mukunzi winkino Fyonda 👉 Like na Follow kwiyi page yacu 🙏
17/05/2024
🚨 OFFICIEL: CARLO ANCELOTTI 🇮🇹 yahawe agashimwe agashimwe kumumenyereza La Liga wa shampiyona.
Kubwanje birakwiye👍🔥 nawe ubibona gute?
17/05/2024
🇧🇮 OFFICIEL ✅ Urutonde rw'abakinyi 25, umumenyereza Etienne Ndayiragije azokwifashisha mu nkino 2 zo kurondera itike y'igikombe yose ca 2026.
🎯 Itariki 7/06/2024, mu gihugu ca Malawi, Kenya 🇰🇪 izokwakira Uburundi 🇧🇮.
🎯 Itariki 11/06/2024, mu gihugu ca Maroc, Seychelles izokwakira Intamba mu Rugamba.
Click here to claim your Sponsored Listing.
Category
Website
Address
Kinama
Bujumbura