Ntugasaze El Promotor
Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Ntugasaze El Promotor, Health/Beauty, Bujumbura.
24/07/2026
Kirundo ngo intererano ngoburirugo Basabwa Gutanga Amahra Atarenga 1000fb Kugira hubakwe ikibuga cakijambere Abajejwe iyonyubako bemezko icokibuga kizotwara imiriyaridi 20milliar icombaza ubwurumva ikomine ya'kirundo ibibintu izovyishoboza?
23/07/2026
ntacomvuz iconarikuvuga naco murakibonera.
23/07/2026
Yarazwi kwizina rya Uyumusi Niho Yashiguranwa iteka Kubatigez bamenya intandaroYurupfurwiwe dor ukwovyagenze
Harimwijoro Ryokumusi w'Imana itariki19/07/2026 Abakunzibinkino Ndazimuravyibuka kowariwomusi Habereyeko Umukino wanyuma wigikombecisi Niho Uyu Nyakwigendera Yipfuje kurorra Uwomukino Ava muhira mumasaha Yijoro Aja kurorra Umukino hamwenabandi
Umukino Yarawuravye Urahera NyumayumukinoYafashe Imotoyiwe Arataha Arko ntivyabaye bigikundako Yongera kugera muhira kko Arimunzira Ataha Yaciye Agirisanganya Ababonyember iryosanganya barageragje kumusimbana kw'Ivuriro Ariko ntacovyatanze Kko Yaciye Yitab'Imana
Reka Tumwipfurize Iruhukoryiza
22/07/2026
Urukundo ntiruraba Imyaka
18/07/2026
Saka nibwo Akitwa Saka igihugu cubwongereza Gitsinze Ubufransa ibitsindo6 kuri4 bicabituma Ubwongereza Bufata ikibanza cagatatu muriyamikino Yigikombecisi.
17/07/2026
Hari kwitariki 17/04/2026 Uyumusi itariki17/07/2026 Nibwo Wamwana wacu Niyogisubizo Rich mwatazira Toto Le Comedie1 Yujuj Amezi Atatu yitavy'Imana igitangajerro Harikumusi Wagatanu nkuyunyne Uhoraho Akomeze Kumuha iruhukoryiza Uyumusi nyn Papa Toto Yariyagendeye ikibanza cashinguwemwo Toto Le comedie1.
16/07/2026
iyintambara igiyeguhuza Umwana Nase Murabona muribo Arind Azoyitsinda??
16/07/2026
Mwite pau Cubars canks Ballo ndord Ya 2026
15/07/2026
Sogokuru Wa Lamine Yamal Lionel Messi Ababompi Bagiye Guhurira kuri Final Yigikombecisi Ca 2026 Ubwurumva Iyifinar itarimwo Uburyohe?
11/07/2026
Ntagakuru Gashasha ka Monia ft Linog Mwoturusha?
Click here to claim your Sponsored Listing.
Category
Website
Address
Bujumbura