kumugezi net
Agence marketing
18/07/2026
Mwaramutse na mwiriwe mwese bivanye naho muhereye uymuhungu Bain turo araremvye sana kuri twebwe tumaze kuhashika twarabony uko amerewe arakeneye ubufasha bwanyu kugira bashobore kumuvura n imiziki yiwe murayikunda mwama mwayishigkiye reo ntimumushigkire akomeye gusa ahubwo no mubibazo mumube hafi kuri duke mufise muzoba mukoze cane numero ya lumicash mworungikako ubwo buryo niyi ngaha yandtseko Nzeyimana thomas 66000605 (Mkombozi)kand bir urgent hagez aho abona ko ububabare yumva yihebuye cane uwubishoboye ntavyirengagize🙏🏿🙏🏿🙌🙌
B face fans
Mkombozi Lucifer
Page Officiel de L'Amicale des Musiciens Du Burundi -AMB
Big Fizzo
Buja FM
Bain Turo
16/07/2026
Ubu igikombe aho kizotaha hosi ni muhira
30/06/2026
Uwuzi amakuru yabano bantu ayaduhe
28/06/2026
Tresoro Md
28/06/2026
EVA YASUBIYE GUHURA NAYANZOKA TURAGOWE
28/06/2026
Mbere yuko urukino rutangura abarwanyi ba the fights babanje kuza kuramusa abafana bari baje kubashigikira kurukino rwabahuza na as vita bambaye uku tujane mumbona kazoza
28/06/2026
Uku niko neva sebarundi yishikiye muntara ya burunga hariya imakmba
Kuri Nkurunziza cup
Itunganywa na
24/06/2026
Uduhe ivyokurya bidukwiye uyu munsi
23/06/2026
Big Fizzo
Kellyna
Click here to claim your Sponsored Listing.
Category
Website
Address
Bujumbura