Pyaar

Pyaar

Share

Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Pyaar, Health/Beauty, Bujumbura, Bujumbura.

24/06/2024

Uwugukunda,si urya aguha ivy'agaciro vyinshi,ahubwo ni urya aguha agaciro.

20/06/2024

UWUNKUNDA VY'UKURI

Iyi Ni inkuru y'urukundo mugiye gukurikirana ngaha kuri iyi page .musabwe kugira J'AIME,PARTAGE NA COMMENTAIRES Hama mwige ivy'ingirakamaro muri ubu buzima.vuba turatangura.

20/06/2024

Uku ni ko kuri.abakobwa ntibakwemera iyo ukenye.naho yoba agukunda gute, mu bantu yama avuga nkuku

29/05/2024

Mbega harya iri jambo ninde ategerezwa kurivuga ubwambere???

1)Iyo abaye umuhungu Hari ikibazo??

2)iyo abaye umukobwa,hoho Hari ikibazo??????

20/05/2024

Nimumpanure

Helloo les amis, nimumfashe namwe

1)Hagati y'umukobwa ankunda cane ariko jew nkumva ndamukunda bisanzwe,

Hamwe nuwundi

2)Ankunda cane ariko nyamara jewe ndamukunda bisanzwe

Ikibazo Sasa Ni iki:

Ko nshaka kwubaka mumpanuye ko notwara uwuhe???? Nimumfahe

20/05/2024

Helloo les amis, nimumfashe namwe

1)Hagati y'umukobwa ankunda cane ariko jew nkumva ndamukunda bisanzwe,

Hamwe nuwundi

2)Ankunda cane ariko nyamara jewe ndamukunda bisanzwe

Ikibazo Sasa Ni iki:

Ko nshaka kwubaka mumpanuye ko notwara uwuhe???? Nimumfahe

16/05/2024

Hellooo les Ami(e)s. Iyi Ni page nshasha ndabazaniye .nkuko izina ryayo muribona,yitwa PYAAR.risobanura URUKUNDO.tugiye kuja turabaha inkuru z'urukundo.ico tubasaba Ni partage,like na comments.turabakunda

Want your business to be the top-listed Beauty Salon in Bujumbura?
Click here to claim your Sponsored Listing.

Category

Website

Address


Bujumbura
Bujumbura