Wizard Ben The Berber

Wizard Ben The Berber

Share

Coiffeur ๐Ÿ’ˆ๐Ÿ’ˆโœ‚๏ธ

09/09/2026

Ndaryohew aba coiffeurโœ‚๏ธ bagenz banj mwaj muri commentaire muri besh
Vyanyeretseko mwemera akazi kacu
Kand tuzotera imbere nitwabikor tubikunze ๐Ÿ‘Š๐Ÿ‘Š

09/09/2026

Aba coiffeur muze tuyage gato
Muri tayali??

09/09/2026

โœ‚๏ธโœ‚๏ธโœ‚๏ธโœ‚๏ธโœ‚๏ธโœ‚๏ธ๐ŸŒท
Call 62220495

09/09/2026

โœ‚๏ธโœ‚๏ธโœ‚๏ธโœ‚๏ธโœ‚๏ธโœ‚๏ธโค๏ธ

08/09/2026

๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ”ฅ Bamwita Sat-B Satura Amabafle Namabuye Ubu Tuvugana Yamaze Guhura Na The Ben Kandi Mubintu Vyambere Vyamutwaye Ikigali ๐Ÿ‡ท๐Ÿ‡ผ Harimwo Collabo Ikomeye Cane Agiye Kuzana!.

Sat-B Yash*tse Murwanda Mumasaha Yijoro Nka 19h00 Ariko Ntivyabujije Ko Barara Babonanye Na The Ben Kuko Bafise Akazi Kenshi Bano Bose Bagiye Gukorana!

Hariheze Igihe Kinini Cane Sat-B Ataja Murwanda Ariko Agiyeyo Kubazanira Hit Song ๐Ÿ”ฅ Izojugumiza AFRICA Yose ๐Ÿ”ฅ

Abarundi ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ Nabanyarwanda ๐Ÿ‡ท๐Ÿ‡ผ Muriteguye Kwakira Kinogikorwa Cabino VYAMAMARE Vyose?

King Sat-B Hamwe Na The Ben Tiger , Wibazako Ikigikorwa Kizoba Kimeze Gute? ๐Ÿ™„๐Ÿค”

Sat-B Ariko Yitanga Cane Kugirango Umuziki Ndundi ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ Awushikane Aho Bakuru Biwe Batawushikanye Hari Abakimupinga?

08/09/2026

Umuriro ugiy kwaka hagati ya Sat-B๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎhamw na The Ben hity ๐ŸŒท๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ

08/09/2026

New ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ
Sat-B ft The Ben ngahooo satura ntiyagiriy mu Rwanda ubusa

08/09/2026

Vugisha ukurii ngaha ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎnuwuh musani
Wemera cane ???????

08/09/2026

Call me 62220 495
Ukeney umucongo โœ‚๏ธโœ‚๏ธโœ‚๏ธโœ‚๏ธโœ‚๏ธ

08/09/2026

Call me 62220495

Telephone

Website

Address


Kibenga
Bujumbura

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Wizard Ben The Berber posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Subscribe

We will notify you when anything happens in Bujumbura.