Elvis mateka hit
Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Elvis mateka hit, Health/Beauty, Bujumbura.
31/05/2026
STEP 1 IT'S ME: follow https://youtube.com/?si=VvSsl2KL7eAuBUB-
. : YouTube
. : Facebook
. : tiktok
29/05/2026
&
Turi mukazi🎬
Please 🙏 follow 👇👇
https://youtube.com/?si=qtKB0_1Lh74XvGS5
22/05/2026
💧 Hitamwo amazi meza
✔️ Yaciye mu g.utunganywa incuro 4 (ultra clean)
✔️ Ifise ubuziranenge bwizewe (pH iri hagati ya 6.5 – 8.5)
✔️ Irimwo minerals zikomeza umubiri wawe
✔️ N’amazi meza cane, aryoshe kandi atekanye
🚫 Reka kunywa amazi utizeye!
🚫 Reka gushira amagara yawe mu kaga!
✅ Abazi agaciro k’ubuzima… bahitamwo JIBU!
👉 Gura uyu musi wumve itandukaniro
👉 Uze unywe amazi y’ukuri, atanga ubuzima
💙 JIBU = ISUKU, UMUTEKANO, UBUZIMA
19/05/2026
NAGIRA NSABE MURI RWARUKUNDO MWAMA MUNYEREKA,MUNKORERE KURIYI
👇👇
https://youtube.com/?si=IV2rfeci7dy1dAT9
MN: uku niko kuri
Bansavye aba follow,100subscribe muri 1semaine
Ntabakwije, YouTube yanje barayi supplements
None raba muri 1semaine habura 4jour
Ndagusavye🙏🙏
Gukura mumutwe ntibiraba imyaka
Ushaka kuyiraba yose link mur cmntr👇👇
15/05/2026
Umwe muba fans banje bambere
Mwite warumunezero udasanzwe kubona
Agafoto nkaka turikumwe.
Nimba nawe urumu fans wanje Shirako imitima❤️❤️❤️cmntr
Guhera ubu ngiye kuza nda postinga amafoto ndikumwe naba fans
11/05/2026
Mubuzima busanzwe,ntakazi kaba gato
Igitandukanya abantu si,ico bakora,ni ukuntu bagikora.
Uno munsi ndakora uko nshoboye,n'aho vyoba bigoye, sincika intege.
Kuko nziko akazi kose,iyo ugakoze neza kagushikana kure.
Bacumugani ngo: "AKANYONI KATAGURUTSE NTIKAMENYA IYO BWEZE"
Nanje nshaka kuguruka,ndondere aho ndikondaja
Ntagucika intege,ntakugaya akazi ni ukwizera urugendo.
https://youtube.com/?si=Ws6K74OMTe8eOfOc
Ndabasavye mu 🙏
Nimufashe indoto zanje,kandi ndaziko umunsi umwe nzoshika
Uraba wumva🫵🫵
Click here to claim your Sponsored Listing.
Category
Website
Address
Bujumbura