Kibonobono Oil

Kibonobono Oil

Share

Uru ni urubuga ruhurikiyemwo abiyemeje guteza imbere igiterwa c'ikibonobono. Nimuze twifatanye.

Tumaze kuja hamwe tukabona akamaro ibiva muri ico giterwa bidufitiye no ku butunzi bw'igihugu, twiyemeje kukirima, guhingura no kudandaza ibikivamwo.

01/06/2026

Hello June! May this month open the doors to new opportunities, fresh beginnings, and endless blessings.

We are Kibonobono

03/05/2026

Nakuriye mu muryango aho kuryama udafunguye vyari ibisanzwe.
Kwa Nyandwi, inzara yari igice c’ubuzima bwa misi yose.
Abandi bararyama bahaze,
twebwe tukipfuza ibisigazwa…
Kwa Minani,
Ivyokurya vyasigaye mu gitondo wasanga biriko biribwa n’inkoko n’imbata.
Aho, nkiri muto naripfuza gusangira nizonkoko n’imbata
Uyu musi, ubuzima bwarahindutse gato
Ariko amahoro yuzuye sindayaronka…
Kuko umutima uracari hariya—
ku bagihangana n’ubuzima naciyemwo.
Intsinzi si ugusohoka mu bukene gusa…
ni ugusubira inyuma ugafasha abandi kubuvamwo.
“Uwageze kure ntakwiye kwibagira aho yavuye, kuko aho yavuye ni ho hatuma amenya aho aja.”

tutitaye kubitugora mpaka DushikeKuNtego

David kibonobono

01/05/2026

"La seule manière de faire du bon travail, c'est d'aimer ce qu'on fait"

-SteveJobs

Photos from Kibonobono Oil's post 15/02/2026

KIBONOBONO CUP MU CIBITOKE

Turi ku musi wanyuma w'iryo higanwa ririko rirabera muri district y'umupira w'amaguru mu Cibitoke. Imigwi yitabiriye ihiganwa ni iyiri muri division ya 3.

Ikibanza ca gatatu kiriko kirahatanirwa n'imigwi ibiri ari yo MUYANGE STAR na HEIGHT VISION.

Guma hafi ya Radio CDN Ijwi rya Cibitoke ukurikirane izo nkino canke wishikire aho zibera.

Photos from Kibonobono Oil's post 15/02/2026

KIBONOBONO CUP MU CIBITOKE

Turi ku musi wanyuma w'iryo higanwa ririko rirabera muri district y'umupira w'amaguru mu Cibitoke. Imigwi yitabiriye ihiganwa ni iyiri muri division ya 3.

Ikibanza ca gatatu kiriko kirahatanirwa n'imigwi ibiri ari yo MUYANGE STAR na HEIGHT VISION.

URUKINO RURANGIRIYE KURI PENALTIES
MAZE MUYANGE STAR ITSINDA 4 KURI 3 ZA HEIGHT VISION

Guma hafi ya Radio CDN Ijwi rya Cibitoke ukurikirane izo nkino canke wishikire aho zibera.

Photos from Kibonobono Oil's post 10/02/2026

Mu mateka ya Kibonobono ubwa mbere abanywanyi bayo bambere batanguye gusohoka igihugu ku nguvu za twese mu mwizero mwinshi wo kugarukana inyungu za twese.

Umunezero igiye kuduhotora.

fans

05/02/2026

First comment

https://whatsapp.com/channel/0029VaMwEyO35fLm47ExAc0b

Get latest about Castor farming opportunity in Burundi. KIBONOBONO is a community with 30,000+ members. Thank you for joining and feel free to reach out us at 📞 +25769076531 or 📧 [email protected]

23/01/2026

IBIDASANZWE

⚽⚽⚽
MURI YA NTUMBERO YO KWEGERANYA URWARUKA NO GUTEZA IMBERE IMPANO ZARWO,
KIBONOBONO YABATEGURIYE IHIGANWA RY'UMUPIRA W'AMAGURU MU KARERE K'INKINO KA CIBITOKE.

IMIGWI 8 IRITEGUYE GUTANA MU MITWE KUVA ITARIKE 26 NZERO GUSHIKA 15 RUHUHUMA 2026.

IYO MIGWI NI IYO MU CICARO CA 3

WOBA U*I IYIRI KU RUTONDE?
WOBA U*I UWUZOTSINDA IRYO HIGANWA?

🎖️IBI BIBAZO UWUZOVYISHURA NEZA AZOHABWA AGASHIMWE KU MUSI WA NYUMA W'IHIGANWA. 🎖️
GUMANA NATWE KUGIRA MUBANDANYE KUMENYA VYINSHI VYA KIBONOBONO HAMWE N'IBIJANYE N'IRI HIGANWA.





KIBONOBONO, ITERAMBERE KURI TWESE.

16/01/2026

MEET DAVID TUYISABE, KIBONOBONO CEO
──────────
KIBONOBONO is inviting you to a scheduled Zoom meeting.
Join Zoom Meeting
https://us06web.zoom.us/j/86542007934?pwd=GjqsCuGqLOiE0atlrZQLbJ7mmoNOw7.1

View meeting insights with Zoom AI Companion
https://us06web.zoom.us/launch/edl?muid=cf4665b9-e3cc-4fb7-8595-0a0cdb55e66c

Meeting ID: 865 4200 7934
Passcode: 549175

Want your business to be the top-listed Beauty Salon in Bujumbura?
Click here to claim your Sponsored Listing.

Category

Address


Bujumbura