KORA Média

KORA Média

Share

Infos d'actualité, histoires romantique, des commentaires sont permis tout en gardant nos valeurs

Photos from KORA Média's post 15/09/2026

Ivy'iyi couple benshi bagumye babigirako amakenga, none birabagiye birangiye nyene😭

14/09/2026

Tunalaani vitendo vya chuki dhidi ya wageni (xenophobia) ambavyo Waburundi wanaoishi nchini Kenya wanakabiliwa navyo. Wakenya wajue kwamba sisi sote ni sehemu ya jumuiya moja: Jumuiya ya Afrika Mashariki.😭😭😭😭😭

Kenyans.co.ke
Kenya Power Care
Co-op Bank Kenya

13/09/2026

Ya mvura yariko irabipa gusa😀

13/09/2026

Imana ishimwe, abariko bagenda n'amaguru, i Bujumbura turiko turanyagirwa

02/09/2026

Abakunzi n'akaranga: ibitito, imigani, ivyese, inanga, ijambo ryo gukwa, n'iyindi mico yaranga basokuri, ntimuzotangwe. Ni kubuntu

27/08/2026
25/08/2026

Iyi mvura igwa muri kino kiringo bayita gute?
Aho iwanyu iriko iragwa?

Photos from KORA Média's post 25/08/2026

Ehe Kinindo nayo karabaye. None iyi ntambara tuziyigwana gute?
Inyuma ya Galerie le Parisien na Ndayizamba.haaaaaaaaaaaaaa

21/08/2026

Tant que le Burundi n’aura pas encore pensé à se doter d’hélicoptères bombardiers, on observera toujours de telles tragédies

25/07/2026

⛪ Twipfurize Urugo Rwiza
N'Umukunzi wiwe Bazobe
Amakara Apana Urubeya!..🇧🇮

Telephone

Website

Address


Bujumbura

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when KORA Média posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Subscribe

We will notify you when anything happens in Bujumbura.