TTI
Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from TTI, Health/Beauty, BWIZA, Bujumbura.
07/10/2025
kukabeyi keza turaguha tuhamagare Kur 65246351 whatsapp et apple
06/08/2024
Cotex muganga yabonetse imvura ama infection uburibwe KUbantu babara iyo bari mumihango canke bakamererwa nabi muzikeye mutuhamagare kur 65246351
Woba warabwiwe canke ukaba warabonye appariel biodisc kurikirana uko IKORA nakamaro kayo
02/08/2024
KUbantu bafise umuvyibuho ureze cane inyishu yabonetse produit
✓
✓
✓
✓
✓28 TEA
Inzo produit nziragufasha cane kuyuzikeneye canke uwuzi mugeziwe afise ikibazo nkico yo twakura kur Whatsapp et apple 65246351
02/08/2024
02/08/2024
_*WARUZIKO INDWARA Y'IGISUKARI (DIABÈTE) KO IKIRA?*_
INDWARA Y'IGISUKARI(DIABÈTE SUCRÉ)
Imwe mu ndwara zigisibije mw'isi yose mbere no mu burundi ni indwara y'igisukari.
Kugira umuntu arware Indwara yigisukari,nuko urwagasha rujejwe guhingura inkabura mubiri bita insuline, uduhimba tubikora bita les cellules bêta des îlots de Langerhan buba bwononekaye.
Ico gihe isukari iciba umurengera mu maraso.
IBIMENYETSO
Iyo umuntu afashwe n'igisukari,hari ibimenyetso bimwe bimwe bimubonekako:
1.umukoyo urimwo isukari(glycosurie)
2.gusonza cane(polyphagie)
3.kunyoterwa cane(polydypsie)
4.kwihagarika kenshi(polyurie)
BIKOMEYE(COMPLICATION)
1.amaso arononekara(retinopathie diabétique)
2.gutakaza ibubasha bwo kirangura amabanga ya bubatse( impuissance sexuelle ku bagabo,frigidité ku bagore)
3.infection urinaire
N'ibindi.
_*Watsapp:+25765246351_
IBIYITERA
1.isukari,ibisosa n'amafanta
2.inyama,amata n'amagi
3.inzoga n'itabi
4.icayi
5.kubura vitamine B6
6.kwama kundya imwe
7.umuvyibuho wumurengera n'ibindi
INGABURO WOFATA
1. Antidiabètique n'izindi biba birikumwe.
NB.
Uko bifatwa n'ikiringo bifatwamwo bisabwa ko mwobanza kudusaba impanuro
Kwirakwiza ubu butumwa mumagroupe yose urimwo kandi no kubagenzi bawe
whatsapp: *65246351
ya Diabetes
01/08/2024
*𝐒𝐔𝐊𝐔𝐑𝐀 𝐈𝐍𝐃𝐀𝐍𝐈 𝐌𝐔 𝐌𝐔𝐁𝐈𝐑𝐈 𝐔𝐇𝐄𝐑𝐄𝐑𝐄𝐘𝐄 𝐌𝐔 𝐌𝐀𝐑𝐀*
➡️Uhora wibaza indani mumubiri aho imfungurwa zica uko hasa?kuko isahani dufungurirako tutayogesheje n'isabune ntica kubera birya bivuta,ibaze indani munda naho.
➡️Waruzi ko mucirwa cakozwe nikigo c'ubwami bw'ubwongereza kijejwe ivyamagara y'abantu basanze 90% vy'ingwara cane cane zidakira ziva mubucafu twinjiza mumubiri tubukuye muvyo dufungura,tunwa,duhumeka,twisiga,stress,...?
➡️Ko , , bigirirwa vidange we uribuka kubikorera umubiri wawe? Kurya imodoka itagiriwe / igira ingorane numubiri nuko
Ng'ibi umuntu agira bivuye kukutagira isuku( ) indani mumubiri :
➖ umenetse umutwe ,n'uruhagarara rw'ubwonko( ) n'amaso akaribwa
➖kwamana uburuhe budahera no gucikintege( )
➖Kwama wisinzirirako,iyo uri mw'isengero,kukazi,mumodoka,uriko ufungura,n'ahandi
➖Kwama uremerewe mumubiri ,mu bitugu,nomungingo dose,atanguvu...
➖Kugira urukoba rudakeyeneza ugasangako amahere,amabara,amafu,urubandu ,n'ibindi
➖Kugumirwa iyo ugiye kwihagarika ( *constipation)*
➖ budasiguritse kumubiri,nomubihimba vy'indani
➖Kwiyumva nabi,kubura akayabagu n'ibindi
➖Kuguma w'uzuyinda, munda,ibirungurira,kugubwa nabi n'ivyunyoye...
➖ burenze,bwagushikanye nogusesa inda( / )
➖Kwonda/kunamba kurenze( )
➖Kugira ibintu vyera,bisa numuhondo kururimi,...
➖Kumota nabi mukanwa( )
➖Gucikintege, nokutanezerererwa amabanga yabubatse...*. *INYISHU*. Hari produit yitwa *COLON CLEANSE* ushobora gufatanwa na *12 KINGS MUSHROOM* ziherekejwe n'impanuro ugaheza ukamererwa neza. Harico ubaza turondere kuri:*+25765246351 WhatsApp*. Appel/SMS kuri *65246351*. *MURAKOZE*
01/08/2024
NUTRI-MACA
Ikingo gikomoka MUBUHINDI KIRAMESHA ABANTU Bose yaba abagabo canke abakenyezi bafise ibibazo bijanye no kubaka Ingo Hari Ingaburo NUTRI-MACA Iriko yubaka Izari zusambutse muturondere kuri Whatsapp Tubabwire Aho Muyisanga 65246351
• la Societe D' Origine indien voudrait informer au public que ce soit Les hommes ou femmes que Elle centre medical. On a UN produit NUTRI MACA Capable de resoudre Les problems concernant des rapport sexuels
SI Vous eyes a BUJUMBURA, Kampala ou Kigali apple nous pour Vous Adresse Notre localite.watsapp 65246351
01/08/2024
Mwaramutse Neza wese abo muri ino page hama nashaka kubasagiza isiguro ya produit NZIZA cane yitwa biodisc
31/07/2024
Nimba wipfuza produit naturelle ntahandi kwirikirana ino Page mu kugira S,abonner [ suivre , Following] Uzomenya vyishi kumagara yacu.
Click here to claim your Sponsored Listing.
Category
Website
Address
BWIZA
Bujumbura
62294098