Fajos
Bishasha kubuzima bwamuntu � tugarukire umuco nyakuri
Umwana wese avukana akabuntu keza🤷♀️
Ariko uko akura ivyabamwo bihindura kakabuntu🧏♀️
31/05/2026
ntiyigera yerekana amenyo yayo☺️💪.
Umenya kwikaze uyicokoje🙏🇧🇮.
Nkunda philosophie yawe mutama wanje kuba wipfuza ko intare nintarekazi uyoboye zobaho zitababaye❤️.
,, icna cintare💪
Atagikozwe mwigarukanywa ryumuco ndundi 2030 mu Burundi 80% nabigeme bazoba bibaruka atarugo bagira🧏♀️🤷♀️
Iyo usomye amateka urabona neza ko atadini atantambara zari Kubaho kwisi😔
cumuvumuvumu mwabonye inyuma yiyinga 2 gusa izuba ryatse gusa casubiye gutoha.
Kuki umuvumuvumu utoha muci ?
Yoba arimivumuvumu yose imezuku ?
💪🤜🇧🇮🇧🇮🇧🇮
29/05/2026
Traoré wa Burkina Faso yafashe imburu zabashehe zagumutse mumuji wagadougou zegamiye islam sunnites murazi ko badahuza na islam ya Shia.
Burya ico yakoze naho waba urikimuga naho waba urumutama bose yabasize muhugurwa ryigisoda☺️🥱😂.
Idini nizo zama zizana indyane kwisi intambara ziganje kuva nakera zihagaze kumadini.
, intare ya Ntare rushatsi cambarantama.
28/05/2026
urakara mubura bwanje😂😂😂
Ngo ururubavu murubavu rwanje😂
Ewe bibiliya sha😂😂😂😂☺️
28/05/2026
ntabwo ikeneye génération y'ibigoryi nkibi turacari hasi mugisoda, mubwubatsi, mubufundi bwimiduga nibindi Kuki muriko mufisha ubusa ururwaruka ?.
Umwana hako womurondeza amafranga munzira y'ubugoryi wopfuma umwicarika akiga indero ndundi.
Ngiziminsi nihweza vidéo zababana ababi nabazibakoresha.
,,, Nta Ntare yikigoryi ibaho☺️
Nutafata inguvu zawe wirwanire ntuze witege ngo Isengesho canke iyo Mana usenga harico izogufasha🤷♀️
Click here to claim your Sponsored Listing.
Category
Telephone
Website
Address
23
Buyenzi