Twige vyinshi

Twige vyinshi

Share

Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Twige vyinshi, Massage service, Captown.

Photos from Twige vyinshi's post 01/05/2026

mbe konumva ngo president Neva arongoye ubumwe bwa Africa ibintu biri kuber mur du sud yoba amaz kuvyumva kwatacarabivugako?canke ntibimuraba?

Photos from Twige vyinshi's post 15/04/2026

urunwarunwa rukaba ruraheze u*i umunwa aba fans ba madrid baribafise??nn ngiyi saison irabaye blanche😅😅😅😅

08/02/2026

haruwumbwiye ngo hano harimwo umukobwa??nawe nikubibona?

08/02/2026

👵🏻 Nyinakuru wa yama ari hafi y'umwuzukuru wiwe kugira ngo amutere intege.

📷 Hano Ubwambere : Yari ku kibuga c'imyimenyerezo y'igeragezwa.

📷 Ubu naho : Araba inkino z’umwuzukuru wiwe w’imyaka 18 uko atuma ba n'abandi barwara isevu mu bibuga i Buraya.🏟️🇪🇺

🙅🏾‍♂️✍🏾 Mu mwaka w'2025, yaranse kwongereza amasezerano yiwe na kubera gusa inakuru atari muri uwo musi kugira ngo aze mu birori vyo gusinya amasezerano. ❤️🙏

🫣 Wewe nyogokuru wawe n'iki gituma akwishimira⁉️ canke akubona nka Gitero ⁉️

08/02/2026

Abakoresha ibarabara Rya - bagiye kwiruhutsa

08/02/2026

😭 R.I.P: yapfuye inyuma y'imisi arwariye mubitaro vy'Abasirikare mu !🕊️ Inkuru y’umubabaro mu mu*iki w’Uburundi!😢

Umuryango w’abakunzi b’umu*iki ndundi watewe n’agahinda kenshi inyuma y’aho hamenyekanye ko umuririmvyi w’umurundi yitavye Imana uno munsi.

Amakuru avuga ko yaguye mu bitaro vy’abasirikare mu Kamenge (Hôpital Militaire) aho yariko aravurirwa ingwara y’amafyigo yari imumereye nabi nk'uko twaheruka kubibabwira kw'agwaye cane.

Jeez-B yari umuraperi yigeze gukundwa cane mu myaka ya za 2010, aho yamenyekanye mu ndirimbo zitandukanye harimwo n’iyo yakoranye na Big Fizzo, , tutibagiye yakoranye na , bimwe mubikorwa vyatumye izina ryiwe rimenyekana cane mu mu*iki ndundi. Indirimbo ya vuba yaheruka kubonekamwo n'iyitwa yaheruka gukorana na .

Turahojeje umuryango, incuti, abakunzi b’umu*iki ndundi hamwe n’abagenzi biwe mu mwuga. Imana yakire umutima wiwe mu bwami bwayo, imuhe iruhuko ridashira. 🕊️🙏🙏🙏😭

May Your Soul Rest In Peac JEEZ-B!🙏😭✍️

Photos from Twige vyinshi's post 08/02/2026

TO ABL 🏀

, niyo itahukanye ihiganwa rya .
Mu rukino rwanyuma ,rwahuje Remesha na Les Hippos rwarangiye ku tsinzi ya ,ku manota 77 kuri 66 ya Les Hippos.

Ikibanza ca gatatu kikaba catahanye umurwi w’ ,aho watsinze amanota 79 kuri 77.

Ni muntumbero yo kurondera uburenganzira bwo gukina ihiganwa rya , zariko zibera mu ntara ya .

Urwo rukino rukaba rwari rwatewe iteka nicegera cuwusanzwe arongoye ishirahamwe ry'umupira w’amaboko ,nabandi bash*tsi batandukanye.

30/01/2026

ukuniko bagiye guhura muri munkino za barrage🤷🤷

20/11/2025

Muri PAFE ibintu ngo biriko biragenda neza cane , muri make ngo harakayangana, ubu ngo ugiye bakwakira neza sinkambere, Ese we uheruka kujayo ryari utubwire ingene wasanze ibintu bimeze? passport ubu ngo ziriko zirasohoka ku bwinshi.

Nyakubahwa President, nimba ibintu biriko birakorwa neza muri PAF , nukuri niwakire amashurwe urayakwiye, burya kino gisata ugikosoye neza wokwigarurira imitima ya benshi .

Hari uwatwandikiye ati: Mugenzi Eric , nagomba utangaze irishimwe ryanje ndi umuntu wambere yakwandikiye akumenyesha ikibazo cokuri PAF,nanje inyuma yindwi ubivuze naronse passeport yanje yarimazigihe camezi 5 akagwi ko muri PAF karayihamvye , nukuri ndagushimiye kubutumwa watanze mugenzi atanakimwe ubizigamwo, nagomba nshimire cane nyenicubahiro yumvise akamo n'amarira vyabenegihugu barenganijwe akarungika akarungika intumwa gusuzuma ntankeka ukotwabivuze Niko vyaribimeze nikimenyamenya Nuko ubu vyarongeye guhinduka , abakozi Baho basigaye batwakirana urupfasoni ntangere nindero ndundi, ikindi naco nyakubahwa président wuburundi Nuko abakozi Baho bibonekako bagirishijwe akanama kokwikebuka nomukutwakira batwakira batuganiriza nakajwi gatuje nkakamwe satani yakoresha muguhenda Eva kuricacamwa , nukuri nahandi muzemurahashika yambonakazoza twoyigeramwo tutavunitse nyakubahwa. murakoze, tugiramahoro mubisata vyareta vyose nivumbi ritume

20/11/2025

⚽ Officiel ✅ Fiston Mayele niwe atahukanye agashimwe kumukinyi mwiza akina kumugabane wa Africa yaranze umwaka 🏆

20/11/2025

⚽ Uburundi mukibanza ca 44 muri Africa, ariko Mukibanza c'i 145 kw'isi yose 📉

Inyuma yo gukina inkino z'imirwi nserukirabihugu, FIFA yasohoye urutonde rwanyuma rwa 2025 rw'uko imirwi nserukirabihugu ihagaze kugeza kano kanya .

kumugabane wa Afrca n'uku bimeze :

𝟏▪︎ 🇲🇦Maroc ( 11e Mondial)
𝟮▪︎ 🇸🇳Sénégal( 19e au niveau mondial)
𝟑▪︎ 🇪🇬Egypte (34e)
𝟒▪︎ 🇩🇿Algérie (35e)
𝟓▪︎ 🇳🇬Nigéria (38e)
𝟔▪︎ 🇹🇳Tunisie (40e)
𝟕▪︎ 🇨🇮Côte d'Ivoire (42e)
𝟖▪︎ 🇲🇱Mali (54e)
𝟵▪︎ 🇨🇩𝐑𝐃 𝗖𝗼𝗻𝗴𝗼 (56e Mondial)
𝟏𝟬▪︎ 🇨🇲Cameroun (57e)
𝟏𝟏▪︎ 🇿🇦Afrique du Sud (61e)
𝟏𝟮▪︎ 🇧🇫Burkina Faso (62e)
𝟏𝟑▪︎ 🇨🇻Cap-Vert (68e)
𝟏𝟒▪︎ 🇬🇭Ghana (72e)
𝟏𝟓▪︎ 🇬🇦Gabon (78e)
𝟏𝟔▪︎ 🇬🇳 Guinée (81e).
𝟏𝟕▪︎ 🇺🇬Ouganda (85e)
𝟏𝟖▪︎ 🇦🇴 Angola( 89e Mondial)
𝟏𝟵▪︎ 🇿🇲Zambie (90e)
𝟮𝟬▪︎ 🇧🇯Bénin (92e)
𝟮𝟏▪︎ 🇬🇶Guinée Équatoriale (97e)
𝟮𝟮▪︎ 🇲🇿Mozambique (102e )
𝟮𝟑▪︎ 🇲🇬Madagascar ( 105e)
𝟮𝟒▪︎ 🇰🇲Comores (108e)
𝟮𝟓▪︎ 🇳🇪Niger (109e)
𝟮𝟔▪︎ 🇱🇾Libye (111e)
𝟮𝟕▪︎ 🇹🇿Tanzanie (112e)
𝟮𝟖▪︎ 🇰🇪Kenya ( 113e )
𝟮𝟵▪︎ 🇲🇷Mauritanie ( 114e )
𝟑𝟎▪︎ 🇬🇲Gambie (117e)
𝟯𝟭▪︎ 🇸🇩Soudan (118e)
𝟯𝟮▪︎ 🇳🇦Namibie ( 119e )
𝟯𝟯▪︎ 🇸🇱SierraLeone (121e)
𝟯𝟰▪︎ 🇹🇬Togo (124e )
𝟯𝟱▪︎ 🇲🇼Malawi (126e)
𝟯𝟲▪︎ 🇿🇼Zimbabwe (129e)
𝟯𝟳▪︎ 🇷🇼Rwanda (131e)
𝟯𝟖▪︎ 🇬🇼Guinée Bissau( 133e )
𝟯𝟵▪︎ 🇨🇬𝗖𝗼𝗻𝗴𝗼 BZV (134e)
𝟰𝟬▪︎ 🇧🇼Botswana ( 138e Mondial )
𝟰𝟭▪︎ 🇨🇫 Centrafrique (139e)
𝟰𝟮▪︎ 🇱🇷 Liberia ( 141 Mondial )
𝟰𝟯▪︎ 🇱🇸Lesotho ( 144 Mondial )
𝟰𝟰▪︎ 🇧🇮Burundi ( 145e Mondial )
𝟰𝟱▪︎ 🇪🇹Éthiopie ( 147 Mondial )
𝟰𝟲▪︎ 🇸🇿Eswatini ( 159 Mondial )
𝟰𝟳▪︎ 🇸🇸Sud Soudan( 168 Mondial)
𝟰𝟖▪︎ 🇲🇺Maurice ( 176 Mondial)
𝟰𝟵▪︎ 🇹🇩Tchad ( 177 Mondial)
𝟱𝟬▪︎ 🇸🇹Sao Tomé e Príncipe (190e )
𝟱𝟭▪︎ 🇩🇯Djibouti (196e Mondial )
𝟱𝟮▪︎ 🇸🇴Somalie (200e Mondial)
𝟱𝟯▪︎ 🇸🇨Seychelles (203e Mondial)
🇪🇷 : Non classée.

Want your business to be the top-listed Beauty Salon in Captown?
Click here to claim your Sponsored Listing.

Category

Website

Address


Captown
TOWN