UEB.Grp
union cè la Force
23/03/2023
A . 🌺IBINTU 3 BIGENDA NTIBIGARUKE🏵️
1. ⏲️Igihe
2. 🧟Ijambo 🗣️
3.👩🎓 Amahirwe🏆
B . 🌺IBINTU 3 UTAGOMBA GUTAKAZA MU BUZIMA🌺
1. 🙆Kwihangana
2.🤼 Icyizere
3. 💐Ubunyangamugayo💐
C . 🌺IBINTU 3 BIGOYE GUSABA🌺
1.♥️ Urukondo♥️
2. 🙏Imbabazi🙏
3. 🤹Icyizere🤹
D. 🤦IBINTU 3 BITUMYE ABANTU BAMARANA🤦
1. Ubutunzi 💵💎🚆
2. Amafranga💵💶💰
3. Icyubahiro👩🎓
E . 🏵️IBINTU 3 BISOBANURA UMUNTU🏵️
1. Umurimo akora
2. Imyambarire
3. Incuti ziw
F . *IBINTU 3 VYONONA UBUZIMA BW'UMUNTU*
1. Guhemuka
2. Ibiyovya bwenge
3. Agakuku
G. *AMAGAMBO AGORA ABANTU BENSHI KUYAVUGA*
1. Mbabarira
2. Ndagukunda
3. Wompa ubufasha.
H . *IBINTU 3 BISUBIZA UMUNTU INYUMA*
1. Incuti mbi
2. Kwibagirwa vuba
3. Kwisesagura
I . *IBINTU 2 BISENYUKA NTIBISUBIRANE*
1. Icyizere wari ufitiwe.
2. Umutima ukomerekejwe.
J . *IBINTU 2 BIGURWA UBUSA*
1. Ukuri
2.Imbabazi
K . *IBINTU 2 BISHOBOKA ARIKO BIGOYE KUBAHIRIZA*
1. Isaha
2. Isezerano
L . *IBINTU 3 UTABASHA KUGURA*
1. Ubuzima
2. Umunezero
3. Uruvyaro
M. *IBINTU 2 BIZANWA N'AMAFRANGA YASHIRA BIKAGENDA*
1. Icyubahiro
2. Inshuti
N. *IBINTU 3 BIKUBUZA AMAHORO*
1. Icyaha
2. Indwara
3. Guhemuka
O . *IBINTU 4 BIZENGEREJE ISI*
1. Intambara
2. Ruswa
3. Ihohoterwa
4 . Ibyorezo
P. *IBINTU 3 BIDASHOBORA KUGIRA AHO VYOKUGEZA*
1. Ubunebwe
2. Ubushurashuzi
3. Ishyari
Q
R . *IBINTU 3 BIZOKUZAMURA MU NTERA*
1. Ikinyabupfura
2. Kwicishabugufi
3. Gukunda umurimo
S. *IBINTU 3 BIZOHORAHO*
1. Urukundo
2. Kwizera
3. Kwiga(kongera ubumenyi).
T. *IBINTU 4 BIZAVAHO BURUNDU*
1. INTAMBARA
2. INDWARA
3. INZARA
4. *```~URUPFU~```*
U. *IKINTU 1 KITAZOBURA KUBAHO*
1 . *IMPERUKA*
V. *IBITABO 3 UTABURA GUSOMA*
1. Bibiliya Yera
2. Igitabo cy'ubuzima bwawe( ibyo waciyemwo vyose)
3. Igitabo cy'ivyaremwe.
W *IBINTU 3 DUSABWA*
1. *Kugira umutima utakurega ikibi*
2. *Kwiyuzuza n'Imana*
3. *Kubana n'abantu bose amahoro*
Y. *IBINTU 4 BIZOGUFASHA*
1. Gukorera kuntego
2. Kudacika intege
3 . Kumvira inama uhawe.
4. Amakenga.by [email protected]
23/03/2023
A . 🌺IBINTU 3 BIGENDA NTIBIGARUKE🏵️
1. ⏲️Igihe
2. 🧟Ijambo 🗣️
3.👩🎓 Amahirwe🏆
B . 🌺IBINTU 3 UTAGOMBA GUTAKAZA MU BUZIMA🌺
1. 🙆Kwihangana
2.🤼 Icyizere
3. 💐Ubunyangamugayo💐
C . 🌺IBINTU 3 BIGOYE GUSABA🌺
1.♥️ Urukondo♥️
2. 🙏Imbabazi🙏
3. 🤹Icyizere🤹
D. 🤦IBINTU 3 BITUMYE ABANTU BAMARANA🤦
1. Ubutunzi 💵💎🚆
2. Amafranga💵💶💰
3. Icyubahiro👩🎓
E . 🏵️IBINTU 3 BISOBANURA UMUNTU🏵️
1. Umurimo akora
2. Imyambarire
3. Incuti ziw
F . *IBINTU 3 VYONONA UBUZIMA BW'UMUNTU*
1. Guhemuka
2. Ibiyovya bwenge
3. Agakuku
G. *AMAGAMBO AGORA ABANTU BENSHI KUYAVUGA*
1. Mbabarira
2. Ndagukunda
3. Wompa ubufasha.
H . *IBINTU 3 BISUBIZA UMUNTU INYUMA*
1. Incuti mbi
2. Kwibagirwa vuba
3. Kwisesagura
I . *IBINTU 2 BISENYUKA NTIBISUBIRANE*
1. Icyizere wari ufitiwe.
2. Umutima ukomerekejwe.
J . *IBINTU 2 BIGURWA UBUSA*
1. Ukuri
2.Imbabazi
K . *IBINTU 2 BISHOBOKA ARIKO BIGOYE KUBAHIRIZA*
1. Isaha
2. Isezerano
L . *IBINTU 3 UTABASHA KUGURA*
1. Ubuzima
2. Umunezero
3. Uruvyaro
M. *IBINTU 2 BIZANWA N'AMAFRANGA YASHIRA BIKAGENDA*
1. Icyubahiro
2. Inshuti
N. *IBINTU 3 BIKUBUZA AMAHORO*
1. Icyaha
2. Indwara
3. Guhemuka
O . *IBINTU 4 BIZENGEREJE ISI*
1. Intambara
2. Ruswa
3. Ihohoterwa
4 . Ibyorezo
P. *IBINTU 3 BIDASHOBORA KUGIRA AHO VYOKUGEZA*
1. Ubunebwe
2. Ubushurashuzi
3. Ishyari
Q
R . *IBINTU 3 BIZOKUZAMURA MU NTERA*
1. Ikinyabupfura
2. Kwicishabugufi
3. Gukunda umurimo
S. *IBINTU 3 BIZOHORAHO*
1. Urukundo
2. Kwizera
3. Kwiga(kongera ubumenyi).
T. *IBINTU 4 BIZAVAHO BURUNDU*
1. INTAMBARA
2. INDWARA
3. INZARA
4. *```~URUPFU~```*
U. *IKINTU 1 KITAZOBURA KUBAHO*
1 . *IMPERUKA*
V. *IBITABO 3 UTABURA GUSOMA*
1. Bibiliya Yera
2. Igitabo cy'ubuzima bwawe( ibyo waciyemwo vyose)
3. Igitabo cy'ivyaremwe.
W *IBINTU 3 DUSABWA*
1. *Kugira umutima utakurega ikibi*
2. *Kwiyuzuza n'Imana*
3. *Kubana n'abantu bose amahoro*
Y. *IBINTU 4 BIZOGUFASHA*
1. Gukorera kuntego
2. Kudacika intege
3 . Kumvira inama uhawe.
4. Amakenga.by [email protected]
10/03/2023
Nibintu vyiza cane cane gose mukanya turahaguruka
Inganji ni yaweee Mana ya njeeee nkunda,...gira ijambo muvuze mutibagiy gukora wamutiiii 🔥🔥mujisho
Click here to claim your Sponsored Listing.
Category
Website
Address
Nyabisindu Bptst
Gitega
Opening Hours
| Friday | 09:00 - 17:00 |
| Saturday | 09:00 - 17:00 |
| Sunday | 09:00 - 17:00 |