Ademenabu
Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Ademenabu, Health/Beauty, Bvl de uprona, Kanyosha.
25/01/2026
*KUBANTU BAFISE IKIBAZO CO KURANGIZA VUBA NGUYU UMUTI WIMFATAKIBANZA WOBA URAGUFASHA*
Tumaze kubona ko hari abantu icokibazo cabasinzikaje cane ariko ugasanga uburyo bwo kwivuza sikirenga abandi ugasanga birabagora uko twobafasha bivanye niyo baba bari niyompamvu twagerageje kubaha Umuti woba urabafasha bacipanga kwivuza iyo ndwara bayirandurane n'imizi
*UKO UKOGWA:*
Ufata tungurusumu (Ail) intete 30 ukazisekura
Ibitunguru bitukura (ognon rouge )3 ugakatangura
Tangawizi amagoma 3 ugaswa
Umuremera ikibuto n' igishishwa ukanikira ugashiramwo ikiyiko kimwe cifu yavyo ivanze
Indimu( citron)
Ukabishira mumazi angana nigice c'iritiro yabize ikiringo c'iminota 10 gushika bibaye akazuyazi ucumimina ukavyihereza
Ubifata ikiringo c'ukwezi wikwirikiranya udasiba.
Ushaka kumenya vyinshi turondere uku gukurikira
Whatsapp :
61059354
Téléphone
61059354
Hezagigwa
20/11/2025
11/11/2025
igitanza c'umuti
02/07/2025
Tubavura 100%mugakira burundu
24/06/2025
IBITERA INGWARA YA HÉMORROÏDE (Ingwara y, igisokoro)
1️⃣Kwicara umwanya munini utaruhuka.
2️⃣Gukora Akazi kenshi wama wicaye muntebe(nko mu bureau,Aba chauffeur.......)
3️⃣Kwihoza kuja kwituma G(grand besoin) uti ndaba ndagenda kandi ubishaka.
4️⃣.Amazi acafuye ushobora gukoresha iyo uvuye kumwanda mukuru
5️⃣Gufungura ivyokurya bigorana ihoka.
6️⃣Kugumbiza kwacane(constipation)nakonyene kurahobora gukwega Hémorroïde.
IBIMENYETSO VYUWUYIGWAYE.
⏺️Kubabara mugisusu iyo ugiye kumwanda mukuru.
⏺️Kwituma bigusaba inguvu nyinshi kubera ubugumbiza(constipation)
⏺️kuzana amaraso iyo urikwituma(Grand besoin)
⏺️Isohoka rya re**um muri a**s iyo uri kwituma
⏺️Kwama wuzuye Inda nimisonga munda.
Ushobora kuba hari umwe mumuryango wanyu ahanzwe niyi ngwara turamufasha bikagenda neza.
Aricubaza twakure cank mutwandikire kur whatsAp:77879472/61059354
atamagara_ntabuzima
16/06/2025
*Infections urinaires na vaginales*:
indwara za infections urinaires na vaginales zisigaye ari nkikiza mwisiyose nacane cane kubakenyezi n'abigeme.
I.Ibimenyetso vyizo infections :
➡️Gusasatwa ugiye kumwanda muto.
➡️Gusohora ibintu binuka mugihimba cirondoka.
➡️Kuzana uduhere twinshi mugihimba c'irondoka.
➡️Kwiyagaza cane
➡️Kwumva ubushe canke imisonga musi y'umukondo.
➡️ Gusohora amashira mugihimba c'irondoka.
➡️ Gusohora amaraso mugihimba c'irondoka.
II.Ingaruka mbi ziteg wa na infections urinaires na vaginales.
➡️Ubugumba (Stérilité)
➡️Gukorora inda (Avortement)
➡️Cancer du col de l'utérus (Canceri y'ugwijiriro gw'igitereko)
➡️ Cancer de l'utérus (Canceri y'igitereko)
➡️Kwuma mugitsina mugihe c'imibonano mpuza bitsina.
➡️ Kugira ububabare budasanzwe mugihe c'imibonano mpuza bitsina.
Woba wifuza kumenya icogufasha?Woba ugwaye infections ?Woba ukeneye kumenya uko wokwikingira infections urinaires canke vaginale?
Turondere kuri : WhatsApp/téléphone :61059354
Click here to claim your Sponsored Listing.
Category
Website
Address
Bvl De Uprona
Kanyosha