Fabmaker
From Burundi ๐ง๐ฎ๐ง๐ฎ to the world
๐จ๐ฉ๐น๐ฟ๐บ๐ฌ๐ท๐ผ๐ธ๐ฆ๐ธ๐ช๐ธ๐ฉ๐ฟ๐ฆ๐ด๓ ง๓ ข๓ ฅ๓ ฎ๓ ง๓ ฟ๐ฆ๐ท๐ง๐ท๐ง๐ป๐ช๐ฆ๐ฑ๐ฐAnd it's funned page
๐๐๐๐๐คฃ๐คฃ
abataliyano bamaze kwumvako abarundi bariko bitegurira kujayo kubwinshi
bahisemwo kwiga utuvyino bazobaririmbira bagishika๐๐๐
ahantu umuntu wese w'umurundi yokwifuza gukoreraa ๐๐๐
24/02/2026
๐๐๐๐abavyeyi ba kino gihe๐๐๐
16/02/2026
bize biologie mutubwire muri komantere๐๐๐
were studied biology explain us in comment pls ๐๐๐
# explique-nous en commentaire pour ceux qui ont รฉtudiรฉ la biologie ๐๐๐
pls follow this page
comment &
like ๐
๐๐
05/02/2026
visca Barรงa ๐๏ธ๐๏ธ
22/01/2026
๐๐๐guys tube turayaga gato
mubona uyu mwubahwa yariko araraba wakera iyahe yabaye hit hano bujaโบ๏ธโบ๏ธ kuburyo ayirabira muri assemblรฉe
rรฉponse in comment
Hama ndabasabe follow
kuriyi page kugira tuze turasangira n'ibindi bitandukanyee!!
20/01/2026
ibi navyo tuvyite gute?
tubishire muri ewe Burundi urambaye??
๐ฅด๐คญ๐ฏ๐๐
15/01/2026
โฝโฝ๐๏ธmugihe k'umusi wejo hahise mukeba wayo Real Madrid yariko ihura n'uruvuye gusenya yongera isezererwa muri copa derley naka รฉquipe gakina 2รจ division kari hafi gukorokera muri 3รจ,
FC yoyo ihejeje guseruka nk'intwari ya espagne mugutsinda
FC Real racing ibitsindo 2-0
66'ferran torresโฝ
90+5'lamine yamalโฝ....................................................โฆ...........
munsigire follow na partage ndetse na like kur page
Un grand merci ร mes nouveaux followers ! Claver Ndizeye, Claude Slay-k, Niyonkuru Samuel Samix, Cesar Ben Ben, รgรฎdรซ Nihorimbere, Ni Acran Prince
13/01/2026
itangazo itangazo itangazoo ๐๐๐
k'umurwa mukuru wa espanye neza neza i Madrid turadandaza amasahani ya dumuzas kugiciro ciza caane
turabahaye kaze na kalibu caan muri benshii๐๐๐๐
Category
Website
Address
Kayanza