Rukundo ildéphonse

Rukundo ildéphonse

Share

Ngendandumwe🇧🇮

18/07/2023

Kwishira hejuru Ni bibi.
Iyo umuntu akubwiye ko yanditse izina abagomba kuvugiki?
Iyo ubonye udupage twabantu runaka atana ma turiko turagu wumva ko urenze ukiha icizere ngo urakunzwe. Nzemera ko ukunzwe mbonye canke nabandi bariko baraba posta kumapage yabo akurikiranywa nabantu benshi.

18/07/2023

Ntukishimire kwishimirwa n'abantu ahubwo uzishimireko Imana ikwishimira👏👏👏👏👏

18/07/2023

Mbipfurije ijoro ryiza mwese❤️❤️❤️

18/07/2023
18/07/2023

Ibi bintu mutima yatwigishije bizohava bifata abadamu bacu. Ukabona umugore wawe avyariye amezi atandatu uzoce uja mubutungane niwe azoba yigishije ingeso abandi. Murakoze

Photos from Ininahazwe Don Divin's post 18/07/2023
18/07/2023

Wewe ubibona gute kugira tuje muri ? Amahirwe nayatanze ku BURUNDI ⚽🇧🇮 Tuzitwara neza. Reba Aho nihenze unkosore. Imana ituje imbere tuzobigenze uku🙏🙏🙏

18/07/2023

Ndashaka munsubize kino kibazo
❓❓❓Kuki umukobwa akubaha mumaze kuryamana❓❔❔
❓❓❓"Kuki Umuhungu nawe atera akuzinukwa iyo mumaze kuryamana akarenga rimwe"❓❓❓
K**a mbaya mbaya🤣🤣🤣😂😂
♦️Turabona abantu benshi murukundo
🍒 Harabo usanga bakundanye bisanzwe cane bimwe vyokwibarabara
Nabandi bakundana bavugako bagiye kuzorushinga.
Bamwe bati: 🍒
Ntarukundo mwino misi atamunezero twopfuma tubiheba🍒

Photos from Rukundo ildéphonse's post 09/07/2023
Want your business to be the top-listed Beauty Salon in Kirundo?
Click here to claim your Sponsored Listing.

Category

Telephone

Address


RN14 Kirundo
Kirundo
114