Master kayz jana nanje
Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Master kayz jana nanje, Health/Beauty, Mutimbuzi.
17/06/2026
22/02/2026
🙌 Kubwanje naraye ndayamanitse bivanye namajambo Sat-B yaraye ashikirije
👉Yagize ati:Ntanguye gutandukanya Radio Isanganiro na Isanganiro Awards.
Isanganiro ni radio yagize uruhara rukomeye cane mu guteza imbere umuziki w’Uburundi, naje ndimwo kandi turayubaha ku bw’ivyo yakoze mu myaka yose iheze.
Ariko ku bijanye na Isanganiro Awards, mu myaka yose iheze naragiye ndabuzwa amahirwe yo kuronka ibihembo,
🙅Ibi vyateye agahinda abakunzi bumuziki ndundi 🇧🇮 kandi Satb yisabira ko bomukura muriryohiganwa
Ibaze umuntu ahiganwa naba Diamond Platnumz ugaca umwima isanganiro award biratangaje 🤷
Musomyi kubwawe ibi ubivuzekwiki hoho Sat-B ubona yari gutwa iyo award??
master kayz jana nanje flowing 🙏ndakwingize ubinkorere🙏🙏🙏
Nkorera suivre g**s pls 🙏🙏👍
Click here to claim your Sponsored Listing.
Category
Website
Address
Mutimbuzi