Avis Plus
Coach Youth how to build a international successful business
27/02/2026
IBINTU 4 VYOGUFASHA GUKURAKO VYABINURE VYIHOMA K***A NIBINDI BICE VYUMUBIRI
—————————————————————————
1. Iyi Iza gushongesha Ibinure bibi atacononekaye Mumubiri bigatuma ugabanuka Neza
2.Ituma utagumana akayabagu kumurengera biguta mukaga kokuvyibuha
3.Ituma umubiri wiyegeranya Neza kuko iyo combinaison irimwo ama vitamin ni vyunyunyu biza kugaburira umubiri ukagabanuka atacononekaye.
4.Ituma usa Neza ugatagata kurukoba
Kuri Vyinshi wobaza:+25779670455(whatsApp)
Appel 68059761
Hagati ya KOBERO na KIRUNDO nihehe hokorohereza
KOBERO NI jeudi le 12.02.2026 16h00
KIRUNDO CE Dimanche le 15.02.2026 ,16h00
RAMA HOTEL
Andika akajambo JEWE muri commentaire Tuzoguma
RAMA HOTEL
11/01/2026
Bujumbura dushaka bande?
●Uwo munyeshure yipfuza kwiga ariko mururya mwanya wakaruhuko ukaba ufise iyindi activités ukora ukinjiza inyungu.
●Uwo muntu yahejeje ishure akeneye igikorwa yokora narirya ubu ubuzi buhuye nivyo twize butoroshe kubona.
●Uwo wese afise akazi ariko abona neza ko umushahara aronka hari ahantu utamugeza kubera indoto afise rero uyo nawe turamukeneye tumwereke uko yokoresha umwanya wakaruhuko uvuye kukazi kamisi yose
●Uwo mudandaza abona ko naho ariko aradandaza hamwe yoronka inzira yakabiri imwinjiriza inyungu mumwanya aba avuye kukazi
Ayo nayandi ni ce mardi 16h00 du 12.01.2026
@à la une Ngozi Ngozi Ngozi (Burundi) Ngozi
WhatsApp&Appel 68 05 97 61
10/07/2024
Ngozi dushaka bande?
●Uwo munyeshure yipfuza kwiga ariko mururya mwanya wakaruhuko ukaba ufise iyindi activités ukora ukinjiza inyungu.
●Uwo muntu yahejeje ishure akeneye igikorwa yokora narirya ubu ubuzi buhuye nivyo twize butoroshe kubona.
●Uwo wese afise akazi ariko abona neza ko umushahara aronka hari ahantu utamugeza kubera indoto afise rero uyo nawe turamukeneye tumwereke uko yokoresha umwanya wakaruhuko uvuye kukazi kamisi yose
●Uwo mudandaza abona ko naho ariko aradandaza hamwe yoronka inzira yakabiri imwinjiriza inyungu mumwanya aba avuye kukazi
Ayo nayandi ni ce dimanche muri hôtel des plateaux 16h00 du 14.07.2024
@à la une Ngozi Ngozi Ngozi (Burundi) Ngozi
WhatsApp&Appel 68 05 97 61
13/04/2024
Every day learn more New things from our top leader.2024 Let go for it .
Bujumbura vers Ngozi🎠🛣
Woba witeguye kwigira kubandi? Woba witeguye gukorana nabandi? Woba witeguye gusangiza abandi ubuhinga ufise? Woba witeguye kwiga ukowokwagura urudandazwa rwumuhora biciye kuri nahandi duhurire muri hôtel des plateaux ce samedi le 13.04.2024 à 16h00
@à la une Followers 𝑭𝒐𝒍𝒍𝒐𝒘𝒆𝒓𝒔.
None aha dushaka bande? Uwo wese akora akazi ariko abona kwakwiye kwiyumvira ikindi gikorwa comwinjiriza inyungu mugusahiriza umushara asanzwe aronka adahagaritse ivyakora.Dukeneye kandi uwomunyeshure avuye kwishure acagenda kuryama canke akaja mubatamuha inyungu rero abo turabereka uko babikorana nishure.Abandi nabo bahejeje ishure ariko kugeza ubu akaba atakazi bararonka nabo turabereka ukobabigenza.Abanyuma nabo bikorera ivyabo bavugako ijana ritanka murindi ingo namwe tubereke ukomubikorana vyose.icomwomenya amasaha 2 yonyene arakwiye kugira ubikore kandi ushike kubintu binini wipfuza gushikako.Ngozi et Gitega ce week-end*
WhatsApp&Appel +25768 05 97 61
12/04/2024

WhatsApp&Appel
WhatsApp&Appel +25768 05 97 61
12/04/2024
Ibi bikorwa munyumve kandi muntahure sindiko ndabihagarika ntabonye iyi nama ntanga yashikiye abantu benshi.
Muriyo ntumbero ntumiye abantu muri Gitega nomumicungararo yaho kwitabira ubu butumire .uwu mubona azotwigisha numwe mubantu bamfashije vyinshi kandi afise expérience yimyaka irenga 12 murikino Gikorwa.
Ikibanza ni helena hotel le 14.04.2024 16h00
Pour plus d'informations contactez-moi WhatsApp&Appel:
+25768 05 97 61
11/04/2024
Impanuro yumusaza.🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Motivation du midi
@à la une 68 05 97 61
10/04/2024
Welcom big leader in our vitoliz team. We are celebrating your Welcoming in our team .congratulations again
Turiteguye kukuba hafi tukwereka ukubigenza kugira ushike kubintu binini.
09/04/2024
Bonne fête de à toute la communauté du Burundi🇧🇮et d'ailleurs. Puissent ces moments de culte et d'adoration précédés de 30 jours de nous rapprocher les uns des autres et faire de chacun un vecteur de paix pour le
Click here to claim your Sponsored Listing.
Category
Contact the business
Website
Address
Ngozi