PAPA MUTI
Page ibagezaho ibijanye namagara,ntucikwe kugira s'abonner,j'aime et partager
31/03/2026
```IVUZE INDWARA Y'UMUGONGO UMARANYE IGIHE YANKA GUKIRA```
```INDWARA Y'UMUGONGO```
----------------------------------
Indwara y’umugongo (mal de dos) ni kimwe mu bibazo vy’ubuzima bifata abantu benshi kw’isi yose bato canke abakuze abagabo canke abagore.
Ububabare bw’umugongo bushobora kuba bwo mu gihe gito (douleur aiguë) canke bukabaho igihe kirekire (douleur chronique), kandi bushobora gufata umugongo wo hejuru.
* GUTERA UBWO BURIBWE*
1.Iyononekara ry'amagufa
2. Umuvyibuho Ukabije (obésité)
3.Kwama wicaye mu kibanza kimwe.
4.Ubwandu bw'uruti gw'umugongo (infections de rachis
5. Nerfs sciatiques
6.kuryama ku matelas yoroshe cane...........
IBIMENYETSO:
Ibimenyetso vyawo bihindagurika hisunzwe igice kirwaye .
Ariko vyose bikarangwa n'ububabare buva mu ruti rw'umugongo bumanuka kugeza musi y'ikirenge ku ruhande rw'inyuma mw'itako,bumanukana nerfs sciatiques.
Ingaruka mbi zavyo :
1) kwanka ko uduga cânke umanuka ingazi (escalier).
2)Guhungabanya igikorwa co kurangura amabanga mpuza bitsina. Mukigo ca QYT turabavura neza! Akura kuri +257 69967597
29/03/2026
📢 ITANGAZO RYO KUBARARIKIRA GUKORESHA SCANNER
🔬 Ubuzima bwawe ni bwo butunzi bwa mbere!
Turabamenyesha ko dufise serivise ya Scanner (CT Scan) igezweho, ifasha kumenya indwara hakiri kare kandi mu buryo bwihuse kandi bwizewe.
✅ Ifasha kumenya ingorane zo mu mutwe
✅ Ifasha gusuzuma igihimba cose c’umubiri
✅ Ifasha abagize impanuka
✅ Ifasha kumenya indwara z’imbere zitaboneka ku maso
👨⚕️ Dukorana n’abakozi b’abahinga babifitiye ubumenyi n’uburambe.
🏥 Serivise iraboneka ku bantu bose babikeneye.
Ntugategereze ko indwara ikomera.
Genda wisuzumishe kare, wirinde ibibazo bikomeye mu nyuma.
Ibiciro vyokwipimisha nibi: 140.000fb yokwipimisha .murakoze
📞 Twandikire canke uduhamagare kugira uhabwe serivise nziza kandi yihuse. Tel +25769967597
06/03/2026
https://whatsapp.com/channel/0029Vb7QJGt90x2sAR60Ut23
Ruhohera Global - WhatsApp channel Follow Ruhohera Global's WhatsApp Channel. Get the latest updates directly on WhatsApp.
https://join.slack.com/t/ruhohera-global/shared_invite/zt-3q7j2cbnr-6dbBhgYLs_o8rjbI8Xlqdw
17/02/2026
🏦🇧🇮 BRB ISHIZEHO AMATEGEKO MASHASHA YA KYC – IVYO UKENEYE KUMENYA!
Ku wa 30/01/2026, Banki Nkuru y’u Burundi (BRB) yashizeho amategeko mashasha ajanye no kurwanya gukaraba amahera no guterera iterabwoba.
🔎 KYC (Know Your Customer) bisigura iki? Ni uko banki canke ikigo c’imari gitegerezwa kumenya neza umukiriya waco: ✔️ Indangamuntu ✔️ Aho uba ✔️ Ico ukora ✔️ Aho amahera ava
🎯 Intumbero ni: ✅ Gukingira amahera yacu ✅ Kurinda ubusuma n’ikorwa ry’ibitemewe ✅ Gutuma urwego rw’imari rw’u Burundi rwizerwa ku rwego mpuzamakungu
⚠️ Ibikorwa biteye amakenga canke amafaranga menshi adasanzwe bizorushiriza kugenzurwa.
💡 Bivuze ko igihe ugiye gufungura konti canke gukora ibikorwa vy’imari, utegerezwa gutanga amakuru yawe yose neza kandi y’ukuri.
📢 Tubandanye gukorana mu mucyo no kubahiriza amategeko!
16/02/2026
15/01/2026
Amahoro neza mwese, twabazaniye ingaburo muti izodufasha cane haba kubagabo no kubagore.+25769308269
12/01/2026
Urahawe ikaze na PAPA MUTI
08/01/2026
*Mbese nawe waba udakunda ibijumba, menya Impamvu ugomba kubishyira mu mafunguro yawe* .
1. *Bikungahaye kuri fibre* – Bituma igogorwa rigenda neza, bikanarinda impatwe.
2. *Bifite Vitamin A nyinshi (beta-carotene)* – Ifasha mu kurinda amaso, ikongerera ubudahangarwa, no kurinda uruhu.
3. *Bigabanya isukari mu maraso* – Nubwo biryoshye, bifite igipimo gito cy' isukari, bityo bigafasha kugenzura isukari.
4. *Byongera ubudahangarwa bw'umubiri* – Bifite vitamin C, A.
5. *Bifasha umutima* – Potasiyumu nyinshi igabanya umuvuduko w’amaraso; fibre igabanya cholesterol mbi.
6. *Bifite ubushobozi bwo kurwanya kubyimbirwa mu mubiri*
7. *Bifasha ubwonko* – Antioxidants nk’izo mu birayi by’umutuku zishobora gufasha kwibuka neza.
8. *Ni isoko y’imyunyungugu n’imbaraga zirambye*
9. *Bifite manganese n’indi myunyungugu* – Ifasha mu mikorere y’umubiri no mu mikurire y’amagufa.
*Inama:* Nibyiza Kubirya bitogosheje aho Kubitekamo ifiriti.
05/01/2026
🔒 Ibanga rihishijwe neza ry’imbuto (graines) z’ipapayi : 🌱 Ivyiza 17 bitangaje bikwiye kumenyekana !
📌 Uko wobikoresha neza (recette) biri mu commentaire ya mbere 👇👇
Click here to claim your Sponsored Listing.
Category
Contact the business
Telephone
Website
Address
Ngozi
0000