Germano Online TV
Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Germano Online TV, Health/Beauty, kinyami, Ngozi.
29/08/2026
๐โจ ๐๐
๐ซ Ihimbazwa ry'umusi wahariwe Imbonerakure z'umugambwe ku ncuro igira cumi, yuguruye yabaye iyitwa yakozwe n'imbonerakure zaje ziva mu makomine atandukanye agize igihugu c'Uburundi.
Umukuru wigihugu cuburundi ATI umuntu azofata umuntu aturiye isoko tuzomuha imiriyoni amajana atanu(500000000000)
Yitwa Boy umusore wimpano idasanzwe aho agiye gushira hanze indirimbo yiwe yambere yise My Mother .
๐Musomyi iyi ndirimbo yuno musore muyibona gute ahizogira hanze kandi ari yambereโโ
โ๏ธ
11/06/2026
๐ค?? ๐ง๐ฎ๐ : Impinduka Zida
Sanzwe mu gisata c'indero; amashure
Yโindaro agiye kwongerezwa, umwaka
Wโicumi usubizweho. ๐โ๏ธ
Mu kiganiro kiriko kiraremeshwa,
Umushikiranganji wa Mbere ๐ก๐ฒ๐๐๐ผ๐ฟ
๐ก๐๐ฎ๐ต๐ผ๐ป๐๐๐๐ฒ yatangaje impinduka
Zikomeye zigamije gusubiza akanovera
Inyigisho no gukomeza indero mu
Burundi.
Mu zamenyeshejwe harimwo :
๐น Kwongereza abarerwa bashika ku 5.000 mu mashure y'indaro.
๐น Abanyeshure bazoba baronse
Amanota meza mu mwaka w'indwi
Bazorungikwa mu mashure y'indaro.
๐น Uburyo bushasha bw'inyigisho
Bugiye gutangura gushirwa mu ngiro
Kuva muri uyu mwaka.
๐น Umwaka Wโicumi wari warakuweho Ugiye gusubizwaho, kandi abanyeshure
Bazokora ikibazo kibarungika mu
Mwaka wa nyuma w'ishure shingiro.
๐นMuri Kaminuza y'Uburundi, uburiro Nโuburaro bigiye gusubizwaho. ๐๐
Musomyi iyi nkuru uyakiriye gute????
17/05/2026
kino gisomwa cari mumwaka wakangahe โโโ
Category
Contact the business
Telephone
Website
Address
Kinyami
Ngozi
Alerts
Be the first to know and let us send you an email when Germano Online TV posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.