Entreprendre step by step
Nous parlons sur la liberté financière et économique
Tu veux être dans l'équipe
Au t'as pas d'équipe mais tu aimerais intégré un autre . Tu es le bienvenu.
Pour info si tu as un autre groupe que vous travaillez en semble ne postulé pas.
Bienvenue dans l'équipe. Rejoins nous l'équipe d'élite des vrais visionnaires.
Tu es intéressé sur le MLM business ?? Veux tu change t'a vie ??? Postulé maintenant .
Allianca Global in motion ntabwo ari Scam nkuko ibihuha biriko birakwizwa Na bamwe bamwe babivuga ,
➖➖➖➖➖➖➖➖➖➖➖➖➖➖
Ikindi twomenya ntitwihutire Kuvuga ibintu tutatohoje , tutazi Neza ukuri nyakwo ...
Birashika Abantu tutize Cnke tutaronse Amahirwe yo Guca mw'ishure , canke ntituronke Amahirwe yo kuronka umutahe tuba tubona ibintu uko bitari twihangane ,
Ariko tureke kuvuga ukutariko ku rwaruka rugize
Tumaze iminsi twumva ibihuha ngo ishirahamwe Alliance in motion Global bayagiriza ngo iriba 🙄 ,
Twashaka tubamenyeshe ko Ibi atarivyo nagato icambere nababivuga ntibazi uko ikora n'ukungene itunganije , usanga bariko bakwiza ibihuha ngo ni Anarque ngo ni abasuma n'ayandi majambo atameze Neza kugira batere urwaruka rufise vision nini kutagira icizeree c'ejo habo hazoza ,
Icambere twomenya nuko ishirahamwe Alliance in motion Global Yemewe n'amategeko Y'igihugu cacu n'ico gituma atawuzokumva ngo iryo shirahamwe RYugawe cnk wumve ngo harico abategetsi bayagirije ,,
Alliance in motion Global ni ishirahamwe rizwi mu bihungu vyinshi cane cane Ku mugabane wa Buraya na Aziya riri international rikora Ku Bijanye n'amagara y'abantu , Ryorohereza cane urwaruka kw'iteza imbere ,
Mu gihugu cacu cu Burundi Bakaba Bakwijije imyaka Ibiri Batanguye Gukora ,
Ni Gute rero urwaruka rw'Abarundi ruyigize mumyaka Ibiri gusa boba batey imbere ??
Muti Bambara amakoti Atarimwo n'igihumbi 🙄!! Barya bafise Vision Kandi iri bien déterminé 👌🏿👌🏿, Mwashaka mumyaka Ibiri gusa bamaze bakora babe bafise ama miriyaridii rero ??
Business zose twifuza Gukora nta Business Nimwe izodushikana Aho twifuza gushika Mu myaka Ibiri Gusa Bisaba ingufu n'ukwihangana
| Burya Abarundi turagoye gutera imbere , ntituzi Kuraba Ivyiza ahubwo twibanda Ku bibi Gusa 🤔! Nivyodufashije ngo TWiteze imbere tubona ko ari bibi ,,,
Italiki Ya 17 /10/ 2021 h
ku munsi w'Imana Bazoba bakwijije imyaka Ibiri bakora, Ibirori bikuru Bikazobera Mu Kinindo Mwese mukaba mutumiwe .....
Vyinshi Bijanye na Alliance in motion Global , Uko ikora n'ibibazo vyinshi mufise Tugiye Kuza Turabibashikiriza kururu Rubuga rwacu kugira ngo ntimwibwe data 🤓🤓
christino Ronaldo cr7
11/10/2021
la casa de papel saison 5
No time to die
"No Time To Die"
James Bond
Film complet Demain à 12h top GMT
Like et partage avec tes amis proches
09/10/2021
Follow me on my page facebook.. For more movies.
James bond est de retour : après deux retards " No Time to Die" fête sa première film attendue! Le premier film avec l'agent britannique du M16 a frappe les cinémas il y a plus de 50. Le james bond actuel, Daniel Craig, dit que ce sera sa dernière fois dans le rôle, qui est ton lien préféré...
Tu partage ma page Facebook et like.
Après tu viens inbox pour le film complet en français et en Anglais
Dans 10 page
Travaille sur toi même, amélioré ta valeur
Vous serez payé pour ça
Click here to claim your Sponsored Listing.
Category
Contact the business
Website
Address
Kinindo
Nyakabiga