Vanessa Official

Vanessa Official

Share

Vanite

Photos from Vanessa Official's post 12/06/2025

🛑🥺 INKURU Y'UMUBABARO.💔

✈️ 🇮🇳 Indege ya Air India AI171 ivugwa ko yaguye mu nzu y’uburiro y’ishure ryisumbuye ry’ubuvuzi rya BJ i Ahmedabad.

🙆🏾‍♂️ Amakuru ateye agahinda yerekana ko abanyeshure b**a ubuganga baba muri iyo nzu na bo nyene bashobora kuba bapfiriye muri iyo mpanuka.

✈️ Iyo ndege yariko ija mugisagara ca Londres mu gihugu c'ubwongereza ivuye mubuhindi yari itwaye abantu 242 Kuri uwu wa kane igenekerezo rya 12 Ruheshi 2025 ica irakoroka inyuma y'akanya gato cane ihagurutse ku kibuga c’indege ca Ahmedabad.

🚑 Ibikorwa vyo gutabara biriko birakorwa ariko bivurwa abashika 230 bapfuye muri 242 bari muri yo.

🕊️ Rest In Peace To Them🕯️

Photos from Vanessa Official's post 12/06/2025
05/06/2025

Ibintu benshi ntibabibona kumwe umwe wese arafise ico yoterera

05/06/2025

Uyu mugore yitwaRosette nkina nkebura akaba shaka umugabo Ari muri diaspora

05/06/2025

Ibi bintu ko ko bitacibonekaza cane😄😄😄

27/02/2025

👖 Ko umenga Prophète Dénis Lessie Hari utuntu tw'udu Style ahuriyeko na Prophet of Jesus Joshua Joshua ukuntu🫣 // uwu mu Prophète wewe rero aho Hakurya muri Congo 🇨🇩 avunira mukiyunguyungu🤣

Photos from Vanessa Official's post 25/02/2025

Kuvaho abavyeyi banyu babarekuye ngoir mwihiteromwo ubo mukundana mwama mumibabaro idahera😄😄😄😄

24/02/2025

🫢😳 Abagore bamwebamwe bo mu gisirikare ca Afrika y’Epfo basubiye mugihugu cabo bibungenze mugihe bari muri Republika iharanira demokarasi ya Congo mu ntumbero yo kugarukana amahoro .🤔🤰🏾

🙆🏽‍♂️ Congo barwana intambara nyinshi ‼️🧐

20/02/2025

Hahhahahahah

Photos from Vanessa Official's post 19/02/2025

Hemwe nimubwire itandukaniro ry'umugore w'ubuzima bwawe hamwe n'umugore windoto zawe.

19/02/2025

Ishura nkumuvyeyi😄😄😄😄

Want your business to be the top-listed Beauty Salon in Nyakabiga?
Click here to claim your Sponsored Listing.

Category

Telephone

Website

Address


Rn7
Nyakab**a
2017