Ndagenda Hose
Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Ndagenda Hose, Cobitoke, Rugombo.
ni indirimbo wakunze nanje ndakunda ese nawe iyi chorale woba u*i izina ryayo?
Duhurire muri Comentaire
Ariko ntimwibagire like na share
URUKUNDO BY J.A CIBITOKE CENTRE
Umviriza impano abana bato bafise
benshi niko mukunze kuyivuga ariko ni Chorale yo kwishengero ry'ab'Adventiste b'umusi w'indwi rya Mvumu Intara mvugabutumwa ya Misiyoni ya
Indirimbo ibanezere mwese
Jeunesses Adventiste babikora neza
20/05/2026
New Life Choir SDA de Ndora Ibipfurije ibihe vyiza
67. Muze abakunda Imana
Ese Imana niyambere mu bugingo bwawe?
Murububu*ima J.A Magena Rugombo
Je ndakunda indirimbo zo mumisi irenganye ukuntu abaririmvyi baba bafise umwete udasanzwe nawe reba iyi ndirimbo ukuntu iryoshe
Akayabagu
Bwita abantu bose ndazibwari uyikumbuye haraho wayumva utarayibona ariko kurunganwe rwiki gihe benshi ntayo mwari mu*i ibanezere mwese
Tegereza ni indirimbo imwe mundirimbo ziriko ziremesha imitima ya benshi mushobora kuba mukunda indirimbo mpimbazamana ndabararikiye kwumviriza iyi ndirimbo ukuntu ari iyumwimerere
Click here to claim your Sponsored Listing.
Contact the business
Telephone
Website
Address
Cobitoke
Rugombo