Meny'ibikenewe kuri wewe
Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Meny'ibikenewe kuri wewe, Health/Beauty, Ngozi-Burundi, Ruhororo.
09/04/2026
rirakenewe cyane ku:
✦ Kuva imyuna myinshi yo mu mazuru.
✦ Kubyara nabi n’imihango y’abakobwa igenda nabi.
✦ Igifu gikora nabi.
✦. Kwihagarika amaraso
✦Abana barereshejwe amata.
Abana bavutse badashyitse.
✦ Indwara ya rubagimpande, ifite ibimenyetso byinshi biyiranga: umunaniro n’intege nke, indwara zo kuribwa ururimi, ibijaganyuro mu ntiko no mu mano, kumva wiremereye mu ngingo.
✦ Iri bumba rinyowe iminsi 8, ushobora gusanga amaraso yiyongereye, ukabibwirwa n’uko uruhu rukeye.
✦Ibyitwa globules rouges (insoro z’amaraso zitukura), ari na byo bishinzwe kongera amaraso no kuyahindura umutuku, bihindura ibyokurya amaraso.
Rero iryo bumba rigeze muri ayo maraso ryongeramo imbaraga nshya bikayafasha kurema no gusanura utugingo dufite intege nke.
✦ Ibumba ritanga amaraso akungahaye, abereyeho gusanura imihore, rigatera impyiko gukora neza umurimo wazo, n’umwijima hamwe na rate, izo ngingo zikira buhoro buhoro, kugeza ubwo ukira neza, bisaba kwihangana.
Si ibyo gusa, ahubwo ibumba ritanga ururenda no kurwongera imbaraga.
✦Ibumba rirakenewe cyane mu myanya inoza ibyo kurya rikavura indwara zirimo,
✦ izo mu gifu no mu mara, ukarinywa ubyitondeye kandi ukurikije gahunda idahinduka.
𝘀𝗼𝗺𝗮 👍 𝗶gitabo “L’argile qui guérit”.
06/04/2026
🫐🍏UMUTI W’INZOKA YA AMIBE.
Ndabaramutsa amahoro y’Imana.
🍇Inzoka ya amibe ni inzoka igisibije, irwaye abantu benshi mubihugu vyitwako bikenye.
🍇Yandurwa mu kunywa amazi mabi, kurya ivyamwa bitaronze, gufungura udakaravye n’isabuni, kurya inyama z’inka n’izingurube.
Ni ingwara ishobora guteza ibibazo vyinshi nk’ubugumba, n’ingwara zo mumutwe iyo yarengeranye.
🍇Ivurwa gute mubuvuzi k**a?
🍇Ivuze kare kandi wirinde ibiyitera.
🍇Koresha uwu muti, utagufashije urondere uwundi bikigendeka.
🍎Inika ikiyiko c’ibumba(argile verte)mukirahuri c’amazi atetse yahoze(250ml)
🍎Rapa tungurusumu 3 nziza ucushiramwo
🍎Shiramwo icagatandatu c’akayiko k’umunyu wa gikukuri
🍎Bivange bimarane amasaha 12.
🍎Amasaha 12 aheze, bimimine unywe umutobe wa vyose.
🍎Bikore kabiri kumusi. Ni kuvugako ivyo unywa mugatondo uvyinika mw’ijoro, ivyo unywa kumugoroba ukavyinika mugatondo.
🍎Bikore imisi 21.
🍎Irinde ivyo vyose bitera iyi ngwara twavuze.
🍇Menya neza: umugore afise inda, uwuri mumihango y’abigeme, uwurwaye umutima canke uwakomeretse ntibemerewe gufata uwo muti
Sangiza ubutumwa abandi.
31/03/2026
31/03/2026
URUTEJA ( *Commelina Africana)*
French: herbe cochon; English: blue wandering grass.
_AMABABI_
☠️*Kurya ivyonona umubiri (intoxications alimentaires):*
umuk**ato w’amababi uyanikire yume, ikiyiko 1 cy’ifu yayo ukivange
n’amazi y’akazuyaze mu kirahure 1 mu gitondo, 1 ku kumurango, 1
Mwijoro, unywa.
Umushish*to ufise aside irenze urugero ( *hypergastralgie* ): sekura
umuk**ato w’amababi, wanikire ku zuba. Ufata ikiyiko 1 ukakivanga
n’ikirahure 1 c’amazi y’akazuyaze buri ncuro, 3 ku munsi.
Uburozi ( *l’empoisennement* ): hekenya amababi 2 canke 3 buri
gitondo na buri mugoroba, amezi 4.
Gukomorwa n’inzoka canke ikindi gikoko ifite ubumara
( *morsure de serpent ou animal vénimeux):* fata umuk**ato
w’amababi, uyasekure womeke aho yarumye, ubikore iminsi 5.
Nyuma urakomeza ukaza ubikoresha
*Amafyigo yononekaye (inflammations des reins):* fata imik**ato 2
y’amababi uyateke muri litiro 1 y’amazi. Unywa iyo litiro umurango wose, ubikore iminsi 15.
URURENDA:
Ibihushi n’izindi ndwara z’urukoba ( *teigne et autres dermatoses):*
shira ururenda rw’uruteja wasekuye aharwaye.
Ibisebe: shira ururenda rw’uruteja ku bisebe.
🌺AGATI K’URUTEJA:
Imihango y’abagore itameze neza *(les troubles de menstruation):*
Uvanga 100g z’uruteja rwose uko rwakabaye na ¼ c’ikirahure c'amata y’ipapayi itarahisha ngo ibe umuhondo. Ubishire muri litiro 2 z’amazi arimwo kubira, bimaremwo
iminota 5, ukayungurura, ukanywa ikirahure 1 mu gitondo, 1
nimugoroba, iminsi 12.
*Cfr* :Imiti ivura yo muvyaremwe p30
*_Ndabipfurije kugira amagara meza_* ❣️❣️❣️
28/03/2026
Umuti k**a wo kuvura *umugongo ubabaza* (back pain)
🌺ushobora gukorwa mu buryo bw’imbere (gutungwa) canke inyuma (gusigwa). Dore ingene wabikora:
---
🟢 *1. Kuvura imbere (mu gutungwa):*
*Ivyo ukeneye:*
- *Tangawizi (gingembre)* – irwanya ububabare n’ubukonje
- *Ail (igisuru)* – irwanya inflammation
- *Curcuma (rukaragatare)* – ikiza imitsi n’inyama
- *Moringa* – ifasha imikaya n’udutsi duto
*Uko ubikora:*
- Vanga ifu ya tangawizi, curcuma, igisuru n’imoringa (1/2 tsp buri kimwe)
- Binywe mu mazi ashyushye nk’icayi, 1× ku munsi
---
🟢 *2. Kuvura inyuma (gusiga):*
*Ivyo ukoresha:*
- *Amavuta ya eucalyptus*
- *Amavuta ya menthe (umwenya)*
- *Amavuta ya romarin*
- *Amavuta ya olive (nk’ibibase)*
*Uko ubikora:*
- Vanga amavuta yose ingano ingana
- Siga ku mugongo buhoro buhoro, ubikorere massage
- Bikore nijoro mbere yo kuryama
---
⚠️ *Inama zinyongera:*
- Irinde guterura ibintu biremereye
- Kora imyitozo yoroshye nko kugenda, kworosha umugongo
- Urye indya zifasha amagufa: imboga zifise calcium (nk’isombe, dodo), ubunyobwa n’ibinyampeke
Nimba umugongo ubabara igihe kirekire canke hari ahandi hobabaza, vyiza kwipimisha.
17/03/2026
AKAMARO K'IKIBONOBONO
(Ricin,Castor plant oil)
🔰Imigani 16:4
Uhoraho yaremye ikintu cose ngo kigire ico gikora!
✳️Ikibonobono ni umuti w'igitangaza!
✅Ibisebe: usekura imizi ukomeka ifu yaco mu gisebe
✅Amenyo atoboka (carie dentaire): womeka akabumbe k’imizi ku
ryinyo ryatobotse.
✅Inzoka zo mu mara: uvanga icakane(¼ )
c’urushi w’amababi akiri mashasha mw'ilitiro y’amazi, ukabiteka bikabira
iminota 5. Ukanywa ibirahuri 3 ku munsi, iminsi 3.
✅Hemorrhoide:
Usekura amababi 4 akiri mato mashasha ukayinika mw'ilitiro
y’amazi, Ukayungurura, ukayiyina mu kibuno ukoresheje agapira
kabigenewe, Ukabikora incuro 1 gusa
✅Ingwara z’uruhu (les maladies de la peau): usekura amashi 2
y’imbuto z’ikibonobono
ukayomeka aharwaye amasaha 24, ukabikora
iminsi 7.
✅Kubadashobora amabanga y'abubatse
ufata amashi 2 y’utubabi tworoshe tw’imitwe tw’ikibonobono
ukavanga n’urushi rw'ibiyoba vyumye bidakaranze
Ukabisekura ukabibiriza mw'ilitiro y’amazi ukabirya nk’urya imboga.
✅Abavyeyi babura amaberebere: usekura urushi rw’amababi akiri mato
ukayabiriza mw'ilitiro y’amazi, ukayanywa ku murango
wose.
✅Kugumbiza
(constipation) : unywa ikiyiko 1 c’amavuta y'ikibonobono mu gitondo no kumugoroba 1
✅Microrobes zo mu gitsinagore (candidoses vaginales) n'abagwaye SIDA (HIV/AIDS): winika 200g z'ifu yatungulusumu muri 300ml z’amavuta y’ikibonobono. bik**arana
imisi 3, ukayungurura akisiga mu gitsina
✅Urwaye amatwi (otite): ushira amama 2 y’amavuta y’ikibonobono mu matwi y’umugwayi
✅Kubavungagurika umushatsi,ubuhanza,
Usiga amavuta y'ikibonobono mu mutwe,
✅etc...
IMANA NTACO ITAKOREYE UMUNTU🙏
16/03/2026
📌Vyinshi ukwiye Ku kiribwa c' . no ngwino murabe ak**aro k' .
Umwungu ni kimwe mu biterwa bisanzwe birimwa ahantu henshi hatandukanye ariko abenshi ntibabikunda , ni co gituma tugiye kwigira hamwe ak**aro kawo.
✍️ muri bibiliya usomye: 📖Itanguriro 1:29
"Imana irababwira it' Ehe ndabahaye ivyatsi vyose vyama utubuto biri kw'isi yose, n'igiti cose cama ivyamwa birimw' imbuto zavyo bibabere ivyo kurya vyanyu."
👉Uyu murongo utwereka ivyo Imana yaduhaye ngo tuzorye. Ikindi ni uko ivyo vyamwa canke ibiterwa iyo tubikoresheje neza bitubera umuti.
🫰Umwungu rero, abashakashatsi berekana ko ufise amazi angana n' ibice95%, inyubakamubiri(0.8%), amavuta(0.1%), ibinyamasukari(3.5%), ibitera kwituma neza(1-2%), umwungu ufise indurwe nke cane, imyunyu ngugu: [sodiumu1 mg],[potasiyumu 457mg], [kalisiyumu 21 mg], [manyeziyumu12 mg], [ubutare(fer)0.8], [fosifori 44mg], [sufure13mg]. Kandi ibi vyooose umubiri Wa buri muntu uba ubikeneye.
1️⃣Umwungu urimwo vitamini A, B1 na C.
2️⃣ Umwungu uri mu bituma umuntu yihagarika neza, bikarinda prostate kuvyimba;
3️⃣Inzuzi zawo canke utubuto twawo, zifasha igitigu kwikuramwo imyanda.
⛔Abafise ikibazo co kwituma no kwihagarika, igitigu, amafyigo,...
Ku bantu bigora kwituma no kwihagarika, bakwiriye kunywa ikirahuri1 c' umutobe w' umwungu bakawiririrwa.
Abafise ibitigu vy' ibinyantege nke, abakunda kuribwa mu nda, abarwaye amafyigo.
✨ Umwungu utuma imitsi yumva ikora neza( biruhura imitsi yumva) ni ivyo kurya vyiza iyo umuntu abifunguye Ku mugoroba.( Les délices du potager, p.466).
🙏 Mureke Imana nyene amahoro Iduhe gusobanukirwa ak**aro k' imyungu no gukunda kuyifungura mw'izina rya Yesu.
12/03/2026
𝙂𝙐𝙏𝙒𝙄𝙆𝙐𝙈𝙒𝙍(𝙘𝙚𝙣𝙩𝙚𝙡𝙡𝙖 𝙖𝙨𝙞𝙖𝙩𝙞𝙘𝙖)🐉🍀
Ikikimera Abeshi bagicako nkimpumyi batakizi nyamara gikomeye cane kurusha zahabu kubrukuvura
Ukaba wahoruca kwikikimera wirenganira uraza gutahurimpamvu izoza ugasoroma kakaba incutiyawe
☘️𝙂𝙪𝙩𝙬𝙞𝙠𝙪𝙢𝙬𝙚 𝙠𝙖𝙫𝙪𝙧𝙖 𝙘𝙖𝙣𝙚 𝙞𝙣𝙜𝙬𝙖𝙧𝙖 𝙯𝙪𝙗𝙬𝙤𝙣𝙠𝙤 𝙣𝙞𝙢𝙞𝙩𝙨𝙞 𝙣𝙠𝙖 𝙨𝙩𝙧𝙤𝙘 𝙖𝙫𝙘...
Kongera ubwenge (memory) no gutuma imitsi ikora neza gafasha abarwaye stroke (AVC) cyangwa umuntu afise ikibazo cokwibagirwa cane
🍀𝘽𝙪𝙧𝙖𝙫𝙪𝙧𝙖 𝙘𝙖𝙣𝙚 𝙖𝙗𝙖𝙣𝙩𝙪 𝙗𝙖𝙧𝙬𝙖𝙧𝙖 𝙞𝙗𝙞𝙢𝙚𝙢𝙚 𝙣𝙖𝙗𝙖𝙣𝙪𝙠𝙖 𝙢𝙪𝙗𝙞𝙧𝙚𝙣𝙜𝙚
Iki nikibazo abantu beshi cane bafise cogusadagurika mumano no kugira impumuro ikazecane kandiboga
🍀𝙗𝙬𝙤𝙣𝙜𝙚𝙧𝙧𝙖 𝙪𝙗𝙪𝙙𝙖𝙝𝙖𝙣𝙜𝙖𝙧𝙬𝙖 𝙪𝙢𝙪𝙗𝙞𝙧𝙞 𝙣𝙞𝙢𝙗𝙖𝙧𝙖𝙜𝙖 𝙘𝙖𝙣𝙚
Ifasha ubudahangarwa bw’imitsi n’ingingo
Igabanya kubabarira indani munyama utaribwiyage n’izindi ngwara zomunda nka amibe nukuribwa
🍀𝙂𝙖𝙠𝙞𝙯𝙖 𝙞𝙣𝙙𝙬𝙬𝙖𝙧𝙖 𝙯𝙤𝙠𝙪𝙧𝙪𝙠𝙤𝙗𝙖 𝙣𝙞𝙗𝙞𝙗𝙖𝙧𝙖𝙗𝙖𝙧𝙖 𝙫𝙮𝙞𝙣𝙠𝙤𝙫𝙪 𝙣𝙞𝙯𝙞𝙣𝙙𝙞 𝙣𝙜𝙬𝙖𝙧𝙖
Bubihugu biteyimbere cane mubuvuzi k**a ikikimera gikoreshwwa cane nk**avuta yokwiga kikongereza abakobwa mu(buhindi nubushinwa)
🍀𝘽𝙞𝙛𝙖𝙨𝙝𝙖 𝙘𝙖𝙣𝙚 𝙖𝙗𝙖𝙣𝙩𝙪 𝙗𝙖𝙧𝙬𝙖𝙮𝙚 𝙃𝙖𝙨𝙞𝙢𝙖
Gufasha guhumeka neza no gufasha gufungura inzira y’ubuhumekero ku bantu barwaye asthma
🔹 Uko umuti ukoreshwa☞☞
Fata amababi mashasha nkumuk**ato uyasekure, shira mu mazi uyateke abire , wiyubikire wifutse umwuka ukudugiramwo
☞Kungwara zo kurukoba uravuguta ukisiga KKungwara zomundainyuma yiminota 5 ukiyoga bikore ga3 mundwi ugiruryame
Kundwwara zomunda☞☞☞
umuuk**ato wamababi yasekure uyateke mulitiro yamazi unwwa igikombe mugitondo,sasita ,nomwijoro imisi9
Imana ibampere umugisha 🌺🖐️🤚
09/03/2026
🎴AKAMARO K'AMASHU(chou , cabbage)🎴
*Kubagira ikibazo c ururimi baratubwira kuko tugira twifashishe ikinyarwanda.*
Kandi Imana irababwira iti "Dore mbahaye ibimera byose byera imbuto biri mu isi yose, n'igiti cyose gifite imbuto zirimo utubuto twacyo, bizabe ibyokurya byanyu.
(Itangiriro 1:29)
Amashu ni imboga zisanzwe zimenyerewe.
Zabonetse bwambere muri Europe.
🖤Amashu akiza ibisebe byo ku rubu n'ibyo mu gifu.
🖤Amashu arakize ku myunyu-ngugu witwa magnésium.
🖤Umusemburo wo mu mashu uvura ibisebe byo mu gifu, Kandi ugakingira, maze ntuzigere uhura n'icyo kibazo muburyo budasubirwaho.
🖤Bituma Amashu bayita anti-ulcréreux y'akataraboneka.
🖤Amashu atunganya amaraso, akayatera kuremera.
🖤Amashu Agabanya Isukari mu mubiri w'abantu barwaye Diabète.
🖤Atera kwihagarika neza uyariye utaragira ikindi urya mu gitondo.
🖤Ashobora kuvura inzoka.
🖤 Amashu yirukana imyanda mu mubiri.
🖤Ikindi akora,uyababuye cyangwa ukayanyuzaho fer à répasser ishyushye, ukayirambika aharwaye,Amashu Ashobora kuvura ibisebe byo kuruhu,ubugora,ibibyimba,ise n'izindi ndwara z'uruhu zigaragariye inyuma.
🖤 Abashakashatsi berekanye ko Amashu Ashobora kubuza, ibibyimba bya kanseri(tumeurs cancereuses) bitewe n'ukuntu Amashu akize muri Vitamine A.
❤️Mwibuke ko Amashu akunda kugira ubushobozi cyane iyo ariwe Ari mabisi.
❤️ Gutogotesha amababi 15 y'amashu mu mazi make,ukajya unywa igice cy'ikirahuri cg ikirahuri cyuzuye mbere yo kurya mu gitondo, kumanywa na nimugoroba.mbere yo kurya igifu kirimo ubusa.Dr Schneider avuga ko amakak**a y'amashu Ashobora gukiza ibisebe byo mu gifu no munzira zigana mu mara.Iyo urangije iminsi 4 cg 5 ukoresha ikirahuri cy'ayo mazi y'amashu mbere yo kurya.ubunebwe bwo mu gifu burashira.Nyuma y'ibyumweru 3 ibisebe byo mu gifu bikaba bikize.
🖤Amashu afite ubugiraneza bwinshi kuyavanga mu byo kurya bihiye Ari mabisi bikiza indwara nyinshi.
Kubaha Uwiteka ni ishingiro ryo kumenya, Ariko umupfapfa ahinyura ubwenge n'ibibwiriza.
(Imigani 1:7)
05/03/2026
Icigwa: INGABURO ZONGERA INGUVU IGITEREKO HAMWE NA OVAIRES
🟣 Ovaires
Ovaires ni utugingo tubiri two mu nda y’umugore dukora:
Intanga ngore /imbuto (ovules)
Imisemburo y’abagore (estrogène na progestérone)
Ni two tugenzura imihango n’ubushobozi bwo gusama.
🟡 Ovules (Intanga ngore/imbuto)
Ovule ni akaremangingo (cellule) k’umugore gashobora guhura n’intanga ngabo (spermatozoïde) kagatanga umwana.
Buri kwezi, ovaires zisohora ovule imwe (ovulation).
🔵 Utérus (Igitereko)
Utérus ni urugingo rumeze nk’isaho ruri mu nda y’umugore, aho umwana akurira iyo habayeho gusama.
Ni ho ovule yahuye n’intanga ngabo ifatira igakura kugeza igihe cyo kuvuka.
✨Ibifasha ovaires (ovules) gukomera :
* Ibinyamagoma ( ivyamira mu kuzimu)
{Ex: Ibiraya,ibijumba,carrotes etc}
Bifise anti oxydant na béta carrotaine
*Protéines nziza (ex:ibiharage, lentilles) yubaka ikongera igasana utugingo twumubiri harimwo ovaires
*Avocat : irimwo VE na acide folique
*Amande
* Graines de chia : ifise omega 3
✨ Ibifasha igitereko (utérus) kugira imbaraga:
*Imboga z'icatsi kibisi ( épinards,bracoli,irengarenga,etc)zikungahaye mur fer na folate zifasha amaraso Meza no gukomeza igitereko
* Carrotes: zifasha gusukura igitereko
* Imicungwa: ifasha m mikorere myiza y'amaraso
*Amazi menshi: Afasha gusukura umubiri n'igitereko
🌟🌟 Ivyo kwitonderwa:
# kwirinda Itabi n'nzoga
# kwirinda ibiribwa bikaranze cane (fast food)
# kunywa amazi akwiye
# kugabanya isukari nyinshi
# Gukora imyimenyerezo yoroheje
[Réf : Nutrition, Fertility, and Human Reproductive Function]
Imana iduhe umwete wo kwita Ku mpagarike yacu mwizina rya yesu !!
03/03/2026
🌺UMUSHYIGURO
( *Chamaesyce hirta* ):
*French: Euphorbe indienne, rougette; English; Asthma w**d.*
🪻IKIMERA CYOSE:
Macinya iterwa n’amibe na Asima (amahwima); Togosa 15-30g
z’umushyiguro mushyashya muri litiro 1 y’amazi, iminota 10.
Uyungurure, unywe ikirahure 1 buri nshuro, 2 ku munsi, iminsi 15.
Amashereka adahagije: Sekura amababi mashyashya
y’umushyiguro, uyomeke ku moko z’amabere amasaha 6. Kandi
muri icyo gihe uvange ibiyiko 3 by’ifu y’inzuzi n’ikirahure 1 cy’amazi ubinywe.ubikore mumisi itatu(3)
👉🏾Uburemba (impuissance sexuelle): Imik**ato 2 y’amababi
y’umushyiguro, uyatapfune wayavanze n’umuk**ato w’ubunyobwa
bwumye budatetse, n’utubuto 20 tw’ipapayi, ubikore inshuro 2 ku
munsi, iminsi 30.
Ishaza ryo mu jisho (cataracts): shyira ikijojoba 1 muri buri jisho, 2
ku munsi, iminsi 10.
Macinya: fata kimwe cya kane (1/4) cy’umuk**ato w’imizi
y’ipapayi, ¼ cy’umuk**ato w’amababi y’umushyiguro, ¼
cy’amababi y’ipera, ¼ cy’umuk**ato w’ibishishwa by’igiti
cy’umwembe na ¼ cy’amababi y’umwembe. Uyisekure, uyanike,
uyiteke muri litiro 1 y’amazi unywe ½ cy’ikirahure mu gitondo, ½ nimugoroba imisi7.
Click here to claim your Sponsored Listing.
Category
Culinary Team
Attire
Telephone
Website
Address
Ngozi-Burundi
Ruhororo