Célestino-aye
Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Célestino-aye, Health/Beauty, Ruyigi, Rumonge.
Hari muntara ya Ruyigi aho abantu bicanye bazira inkumi
28/07/2024
🎤🔴 Aba nibo bashoboye gutahukana Ubushimwe bwa [ Buja Music Awards ] 🎖
1. Umuhinyanyuzi w'indirimbo yaranze Umwaka : Joël Houstonb.
2. Umuhinyanyuzi w'amasanamu yaranze Umwaka : John Elarts .
3. Umuririmvyi w'indirimbo Mpimbaza Mana Yaranze umwaka : Umugwi Victorias Team .
4. Umuririmvyi aba mumahanga yaranze Umwaka : Adon Josan .
5. Umuririmvyi mushasha yitwaye neza : DJ Fernando .
6. Umuririmvyi w'umwaka : Drama T
7. Indirimbo yafatanijwe n'abaririmvyi Batandukanye ( collaboration ) yaranze Umwaka : Tuza yafatanije Lino G na SAT-B .
8. Indirimbo y'umwaka : Bellissima ya DJ Fernando .
9. Umuririmvyi w'umwigeme yaranze umwaka : Monia Fleur .
10. Umuririmvyi w'umugabo yaranze umwaka : D-One .
Mbega kubwawe ururutonde n'iko ubona vyari
Bikwiye kugenda 🤔🇧🇮🙏🏿
28/07/2024
NAWE Namwe , ibi bintu niwaba wipfuza kwubahwa murugo ndagusavye ntuvyirengagize. Ushobora Kubona atakamaro bigufitiye ariko ejo uzobikenera ✅.
Numéro : +257 62068661✅ ( Whatsapp canke Call Simple )
Ndavuga kubijanye n'amabanga mpuzabitsina.vyukuri amabanga mpuzabitsina ni ikintu kimwe mubigize ubuzima bw'umuntu ushobora kubona umenga ntakamaro kubera imyemerere yawe ariko nivyo vyingenzi✅
Bagabo nyamba umaze kurushinga nukuri ntakintu kibabaje nko kuzana umugore bikanka ko umwabira mubisanzwe ntamugore aca inyuma umugabo amwabira ukwo abishatse ariko umugore utamwabira aragenda Kandi nawe ukigaya murugo✅
MN: burimugabo wese arashoboye kwabira ariko igikorako abagabo muriyiminsi ni ukurangiza vuba (éjaculation précoce) . ushobora kwibaza ati biva kuki🤔 !!!.
Kurangiza vuba tubivuga mugihe umuntu adashobora Kumara niburiburi iminota 10 atanguye amabanga. mugabo ukaba U*i ko bigushikira ntabwo umugore atoguca inyuma🤷 .
Kurangiza vuba bishobora gutegwa nibintu bitandukanye kuba warikinishije ( ********on ) kuba ufise obésité,kuba ufise ikibazo ca amibe,kuba ufise ikibazo ca diabète du type 2, kuba ufise ikibazo c'umugongo, kuba ufise ama stress,ibibazo vya prostate, testosterone iri kurugero gwo hasi n'ibindi ,,,,)
Ariko Dufise ingaburomuti yitwa REVIVE CAPSULES💊💊 ihangana nibibazo vyimyororokere kurugero gwo hejuru kubagabo canke abasore usanga bagira ibibazo vyo kubura ubushake, kutisubiriza, ingaruka zokwikinisha, kurangiza vuba, gucika intege mukurangura amabanga mpuzabitsina, guteba gushukwa, n'ibindi bibazo bitandukanye.
Gukoresha REVIVE CAPSULES💊💊 vyogufasha kwongera kugarura ivyishimo vy'urugo rwawe.
REVIVE💊💊 ni inyunganiramirire ikunda kuboneka mu bihugu vyo muri Aziya (China, Korea)
Revive yifashishwa cane mu kuvura indwara zikomeye ndetse no kurinda umubiri indwara zirimwo na Kanseri.
Iyi nyunganiramirire ya Revive nta ngaruka itera ku buzima bwa muntu, ahubwo ifasha mu kurwanya ingaruka ziba zaratewe n
Ntacobitwaye ...... Kazima Imana ikunda ♥️♥️🤣🤣🌹🥀
Click here to claim your Sponsored Listing.
Category
Website
Address
Ruyigi
Rumonge