Bkr Isaac Bukuru
artiste musicien 🗣️🎙️🎸🎹
#Gospel🎼🎵🎶
Mention spéciale à mes nouveaux(elles) super fans ! Moses Nathanaël
30/06/2026
Yesaya 60:1
Haguruka ukayangane, k*k' umuco wawe ush*tse, kand' ubgiza bg'Uhoraho bukaba bukurasiye.
Ivyakozwe n'intumwa 13:47
K*k' Umwami Imana ari ko yatubariye,
ati Ndagushizeho ng'ube umuco w'amahanga,
Kugira ngo n'abo ku mpera y'isi ubashikirize agakiza.
Yohana 4:23
Arikw igihe kiza, kandi kirash*tse, ni ho abasenga b'ukuri bazosengera Data mu mpwemu no mu kuri, k*ko Data arondera abamusenga bameze bartyo.
30/06/2026
Zaburi 150:6
Igihumeka cose ni gishime Uhoraho!
Haleluya!
Turashimiye Imana mushobora vyose kubw'ubuntu bwayo bunengeseye yatugiriye muri bino bihe🙏
Ntana de da nkigira!!!uretse kuvug'uti"Mana warakoze"
Integuro ziri kugenda neza cane ukaba uri umurundi ari hano tete vmt usiniangushe 😁get ready gusiba bibi please 🙏
22/06/2026
Shalom, hageze isango ni dimache kurinondwi nyene turiko le 28,igiteramo kizobera hano nyene MOZAMBIQUE 🇲🇿 Muri province ya tete ahitwa CHIMADZI
Kubari tete Cidade, Moatize,n'ahandi mwese murahawe ikaze duhimbaze IMANA.
Tree in One Mozambique
& worship team.
Muri wewe & Ndakwihaye full video
Ndakwihaye
Clique aqui para solicitar o seu anúncio patrocinado.
Entre em contato com o negócio
Website
Endereço
25 De Setembro
Vila Moatize