Heaven of us

Heaven of us

Share

Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Heaven of us, Health/Beauty, Kigali.

23/10/2022
21/09/2022

Hi my fellows

03/09/2022

I believe that God will make way where our enemies cannot seeizing everything have own chance that why birds fly without problem

27/08/2022

Twisunze ivyanditswe , Ibimenyetso vyerekana ko igihe cokugaruka k'Umwami Yesu cegereje caaaane ☣☣☣

⭕ Mbega witeguye kumusanganira ??? Benshi ikigihe bitayeho ivyisi , bibagiye gutegura ejo heza ho mubwami bw'Imana🙏🙏🙏
🔴Ntakintu kizoba giteye ubwoba nkigihano c'abanyavyaha⚠️⚠️⚠️

🔴Uwomusi azoba ari rubura kigongwe , Umuriro uzotema , utongore , habe ububabare bw'Ibihe n'ibindi⚠️⚠️⚠️

🔴Ushaka wokwihana ubunyene, ukavavanura n'ivyisi burundu , kuko uyumusi nyene urupfu rushobora kuguturumbukira, ugasezera isi, hama ejo aho bukera ukazukira mukaga gahambaye kumuriro uzoturira abanyavyaha⚠️⚠️⚠️
🔴Ndavuze nti, ejo aho bukera ukazukira mukaga gahambaye k'umuriro uzoturira abanyavyaha⚠️⚠️⚠️
🔴Umuntu iyo apfuye, ntamisi isubira kubaho kuruhande rwiwe, ahubwo abameze nkuwusinziriye agatiro⚠️ ninayo mpamvu mvuze nti, ejo🙏

🔴Uyumunsi Yesu aracadodora kumutima wawe kugira uhinduke, wihane kugira udahura nivyo vyago biteguriwe abase kwihana🙏🙏🙏

🔴Uwiteka agushoboze , ufate ingingo ubunyene ugifise amahirwe🙏🙏🙏
🔴Ico ngusavye, nuko wosangiza ubu butumwa abandi bantu bari muma grps urimwo kuri facebook , kumbure hashobora gufata ingingo abatari bake kubwawe🙏🙏🙏

Uwiteka abafashe muri vyose🙏🙏🙏

Want your business to be the top-listed Beauty Salon in Kigali?
Click here to claim your Sponsored Listing.

Category

Website

Address


Kigali