Adamu Films257
ADAMU FILMS257
Dukorera Kwisi yose Gira follow Facebook &YouTube Adamu films257
25/08/2026
Ibihe bigoye ntibihoraho💪🏾Vyongeye, umuntu akomera iyo yihanganiye ibihe bitoroshe. Ico uriko uracamwo uyu munsi kizokugira umuntu akomeye ejo. Ntucike intege, komeza wizere Imana kandi ukore. 🙏🏾
24/08/2026
bibaye ubunyene biteye Agahinda Amarira Imana ibakire
20/08/2026
Utora isegonda 1 ushimira Imana kuko buno buzima ntawubwipfuza Avyisangamwo
Hoba yariho urugo yataciye mwibi bi bazo nyimba utarabicamwo nawe harivyishi umaze gucamwo ntaramenya
Numva nkumbuye gusubira mukazi
Abarundi kotutakundana 😭😭😭
Cubwenge wa ???
16/08/2026
isura yakazi niteguye imbere ya camera📷📷
Bibaye ubunyene arabaye umusazi😭😭😭
Click here to claim your Sponsored Listing.
Website
Address
Nsengiyumvamuslakimu@gmail. Com
Kigali
69752020@