Ijambo ryimana

Ijambo ryimana

Share

0776280428

17/02/2023

Umuhero umuhero Umuhero , Benedata ivyanditsw biratashe ahuri hose ukomez gusenga

23/11/2022

Hello hello , Birihuta dufashanye mugukwiragiza muma group atandukanye dutabarize uyumwana.

19/11/2022

Jew Nigiriye kuraba sogokuru wanje aho yahambweπŸ˜­πŸƒ

15/11/2022

Nanje narimeze nkawe ,Ariko vyarash*tse mbikimuga nkuku ubibona ndakwingize wandike Amen muri commentaire , Nyimba ugihumeka.

14/11/2022

Muminsi yimperuka hazoba ingwara zovyaduka n'Amasanganya, Non ngibi biriko biraba.

Photos from Ijambo ryimana's post 13/11/2022

Sinumva igituma tutoshima Imana , Bagenzi haribenshi baraye bapfuye , haribenshi baraye babaye ibimuga , None woho habuziki ngushimire Imana ngowandike Amen.

12/11/2022

Bagenzi Uyumntu aragwaye Kandi arababaye cane , Amasengesho yawe nikirumara😭

Dadu Calixte ft James&Daniella - Mu Bugaragwa 11/11/2022

Bagenzi Yandirimbo Mu Bugaragwa by Dadu calixte ft James & Danilla yamaze gusohoka.

Cangaha nawe uyumviroze hama ugire ico uvuzeπŸ‘‡πŸ‘‡πŸ‘‡πŸ‘‡πŸ‘‡πŸ‘‡πŸ‘‡πŸ‘‡πŸ‘‡πŸ‘‡πŸ‘‡πŸ‘‡

Dadu Calixte ft James&Daniella - Mu Bugaragwa Isaih 44:3 : Kuko nzosuka amazi ku gihugu gifise inyota, n'imigezi kw'isi yumye.Isaih 41:17 : Impahazwa n'abakene barondera amazi bakayabura, ururimi rwabo r...

11/11/2022

Mana y' Abulahamu, Mana ya Isaac , Mana ya Yakobo , kiza kino kibondo , Bagenzi amasengesho yanyu arakenewe kugira Imana ikize iki kibondo.

Dadu calixte - YouTube 10/11/2022

Mubandanye muhimbagwa niyi ndirimbo y' imana , Mubandanye muhezagirwa murimo murimwo ndakabatuye MweseπŸ™πŸ™πŸ™πŸ™

Dadu calixte - YouTube Burundian Gospel Artist lives in South Africa

09/11/2022

Mu Bugaragwa by Dadu Calixte ft James & Daniella kuva mu Rwanda.

Iyindwi nyene iraja ahabona , Nimumfashe kugira partager kugira dushigikire aba BenedataπŸ™πŸ™πŸ™

09/11/2022

Benedata , Nukuri nitegereje ibibera mwiyisi birerekana kwisi igeze kumusozo , wew ubonye iyi post kuberiki utokwihana bigishoboka??
_ Eheraba uburaya ntubugera umutwe.
_ Inyambaro nazo mwambara ntizihesha agaciro Imana.
_ Mugenzi hanurwa wumve egera umukozi w' imana ari hafi yawe agusengere bigishoboka. Amen Amen

Want your business to be the top-listed Beauty Salon in Lusaka?
Click here to claim your Sponsored Listing.

Category

Telephone

Website

Address


Lusaka
1999