Menya Official TV
musical, theatre, Heath
03/07/2023
Abantu mwahora muvuga ko atambwa itukukura murabona uyu munsi ndayibazaniye 😂😂😂
26/06/2023
🔴 Dufate ko abarundi tungana imiriyoni cumi na zibiri (12.000.000) none nk'ubu dufashe umurundi umwe wese agatanga ibihumbi bitanu (5.000frb) ayo mahera yongana gute ? Indege igurwa angahe ? None ibi bintu vyo kwama mundege dukodesha hamwe n'abarongozi bacu bakagendera mundege zo gutira aho ntitwoyakuramwo ayoyigura tukabisezera none 🤷♂️???
Abize ibiharuro neza baharure bayavuge muri commentaire hama abazi uko indege zigurwa bavuge igiciro cazo abarundi twese twigurire rutema ikirere yacu 🚶♀️🇧🇮🇧🇮
Présidence - République du Burundi
Cndd-Fdd
Inama nshingamateka
Abarundi
BENE NTARE
🔴 Ndabibutseko ugutukwa kw'igihugu kumaramaza umurundi wese ah'ari muri rusangi... Kandi abarundi turangwa no kwihagararako, rero vyoba vyiza twihagazeko mubintu twagezeko apana ivyo tudafise...
26/06/2023
🔴 !!! Koba ari akamaramaza mugihe vyoba ar'ivyo: Menya@
🔴Umuhora wogutumatumanako Limitel wadugije ibiciro vyamamega .
🔴Uyumusi igenekerezo rya 26.06.2023 niho abanywanyi ba Lumitel , bagerageje gushaka kugura amamega , Baca bisanga ibiciro vyahindutse .
🔴Umutekero wa MB yukwezi ubayabaye twahora tuwuronkera Kuri 5 000 FBu , Ubu ni 10 000FBu
🔴Uyundi ubayabaye wahora Kuri 7 000 FBu , Ubu ni 20 000 FBu .
🔴
Abasanzwe bakora ubuzi bwabo , bifashishije MB bavugako Iyi ngingo ije itaborohereza nagatoya .
🔴
Namwe Niko mubibona ???
Kora canke follow kuri ino page menya@
Why men die first in marriage 💑
25/06/2023
Sat B arahasatuye ndakurahiye
25/06/2023
Umwe yama imbere yabandi baririmvyi muri burikintu mukwiyibaka mumuziki wu Burundi Sat-B icubahiro aragikwiriye kuneza mwanse ninguvu zizojamwo urabona ivyo mwihaye.
25/06/2023
Sat_B
25/06/2023
D-One
25/06/2023
🔴 IMPAMVU BAMWE BATERA IMBERE MU MUZIKI 🇧🇮
🔴 Nuko bamaze kumenya gukorera hamwe ,uturorero :
🔴
1. Double Jay & kilkou akili (Biliman boy )
🔴
2. Rappy Boy& Trey-Zo
🔴
3. WE love MUZIKI ( DJ Fernando & Gusto kuliyo)
🔴
4. Les jumeaux ( Haston & Chino -B )
🔴
Nabandi Benshi !!!!
None mweho gute ???
🔴
Akarorero gato , kubemera , Yezu/Yesu ubwiye Aho yaba arihose , yabarikumwe nabashika 12 .
Weho wikorana nkande ???
🔴
Kubikorana namwe , Nivyiza cane Kuko mwerekana ubwitange bwanyu Aho buhagaze , ivyo ninavyiza cane kurusha .
Ariko mwebwe mutifise , emera mukorane nabandi kudyango tugere Aho dushaka kandi muburyo bunyarutse .
🔴
Ndabatuye Kano karirimbo gashasha ka : https://youtube.com/watch?v=ZLG8alslDEw&feature=share7 !!!! Impanuro Gratuits ??
🔴
Menya official
Click here to claim your Sponsored Listing.
Category
Contact the business
Telephone
Address
Lusaka